Aime-M isango yari yaduhaye igenekerezo rya 11 Nyakanga 2022 ntivyabaye bigikunda ko aza kumvo z'uko indege yari kumuzana yamusize, yaciye atanga irindi sango igenekerezo rya 14 Nyakanga, iryo sango ryabaye ntabanduka…
Kuva yinjira muri MA Production, umuririmvyi King'orongoro arafise ukuntu hariho ibikorwa bimwe bimwe yasa n'uwaciye asezera, birimwo kuboneka cane ku binyamakuru bikorera ku mbuga ngurukanabumenyi. Uwo muririmvyi…
Abaririmvyi benshi ubajije iyo bakuye iciyumviro co kwandika indirimbo zimwe zimwe baba baririmvye bavuga ko aba ari inkuru y'ukuri, ariko ntibatomore neza uwo biba vyabayeko. Ariko Alvin we yarimenye. Iyandikwa…
Mu gihe i Kigali abaririmvyi ba hano iwacu bakunzwe gusumba abandi barimwo Double Jay na Kirikou, Drama T nawe yashizwe muri ico gitigiri. Abo baririmvyi uko ari 3, ngo nibo ba Stars ba hano iwacu bo mu misi ya vuba. Abo…
Imyimenyerezo iramurembeje Mugenzi Alfred Aubin benshi muzi nka Kigingi yitegurira ibiteramo agiye gukorera ku mugabane w'Uburayi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Kigingi yerekanye ari mu myimenyereza…
King'orongoro mu kutarabana ryiza kuri hagati ya Amir pro na Mb Data, uwo muririmvyi ataciye akagozi hagati yiwe na Management yahoramwo, yanse kuvuga nabi Amir Pro. Mu gihe Mb Data mu kiganiro aheruka gutanga aha…
4show ni umuririmvyi w'umurundi asanzwe aba muri Reta zunzubumwe bwa Amerika akaba ari naho akorera ibikorwa vyiwe vy'umuziki. Mu kiganiro yakoze kuri Indundi Tv yaravuze ko agiye gushira ahabona urukurikirane rwiwe…
Inda ni kimwe mu bibazo abakobwa b'abaririmvyikazi bashobora guhura navyo, nk'inzitizi zibatera kudatera imbere mu bikorwa vyabo vy'umuziki. Bikaba biheruka gushikirizwa na Meili ubwiwe. Uwo muririmvyikazi…
Lolilo ni umwe mu baririmvyi bakora ama Collabo atari make, akaba kandi anamaze gukorana n'abaririmvyi batari bake bakomeye bamaze kuza hano iwacu. Indirimbo nshasha afise ni indirimbo Je na We, indirimbo yakoranye…
Mu Burundi ngo nta Management ihari, ntihagire uwuzosubira kubesha abantu. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na Mb Data. Uwo muririmvyi yamenyekanye cane ari mu minwe ya Mugisha Amir muri MA Production, avuga ko Management…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.