Urutonde rw’abakinyi 24 b’Intamba mu rugamba berekeje muri Cameroun rwamenyakanye . Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije ahejeje gushira ahabona abakinyi 24 bagiye gufata urugendo berekeza mu gihigu ca…
Abahagarikizi 4 Mpuzamakungu bazohagarikira urukino rwo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma za CAN 2024, ruzohuza Uburundi hamwe na Cameroun igenekerezo rya 12 Nyakanga 2023 I Garoua . Abo nabo akaba ari aba…
Umugwi Buja Queens wari waserukiye igihugu c’Uburundi mu nkino zo ku mugabane wa Africa mu karere ka Cecafa Africa y’ubuseruko warangije iryo higanwa uri mu kibanza ca 3. Hari kuri uwu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 30 Myandagaro 2023 umukinyi w’umupira w’amaguru wa kera mu mugwi wa Burundi Sports Dynamik Philippe alias Fusée Ndikunkiko yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo . Uwo mukonyi wa…
Imyimenyerezo y’intamba mu rugamba iriko yitabirwa n’abakinyi 4 gusa . Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije amaze imisi ariko akoresha imyimenyerezo abakinyi bashika kuri 4 b’intamba mu rugamba…
⚽️Ihiganwa ry’amahoro ku misore yo mu gisagara ca Bujumbura rigiye kubandanya . ⚽️Kuri uyu wa gantandatu no ku w’Imana uza amagenekerezo ya 02 na 03 nyakanga 2023 , ihiganwa ry’ amahoro ry’imisore yo mu gisagara ca bujumbura…
Abaririmvyi b'abarundi ngo bishwe n'ukwisuzugura, ivyo n'ibiheruka gushikizwa na Mugani Desire mu kiganiro yakoreye kuri Radio Indundi culture. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko we adashobora…
Ibiheruka kuba kuri Big Fizzo i Kigali, ngo ntibisigura ko atazosubira gukorera igiteramo muri ico gihugu giheruka kwakira abaririmvyi bakomeye muri Afrika mw'isabukuru ryitiriwe Giant Of Africa. Mu kiganiro aheruka guha…
Inyuma yo guhura na Irankunda Nestory hamwe n’umuryango wiwe mu gihugu ca Australia , Uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi (FFB ) Muyenge Alexandre aherekejwe n’umutambukanyi wiwe Honorable Denise - Ange…
Abo basanzwe bakorera amakinga kw'isoko nkuru ya Cankuzo bashikiriza ko batoroherwa mu gukora umwuga w'abo kuko iyo izuba ritamena imbwa agahanga, haraho harwa imvura ibituma ibikorwa vyabo bihungabana . Mu gihe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.