August Burundi kuva kw'igenekerezo rya 15 Ruheshi twatanguye tubona ku mbuga ngurukana bumenyi asa nk'uwufashe urugendo benshi bayobewe iyo yari yerekeje, bamwe bakibaza mbega yoba agana mu gihugu c'amavukiro…
Natacha Ngendabanka azwi nka Natacha Burundi Ku mbuga hwaniro, urubuga rwiwe rwa Instagram, ruri mu ziharurwako abantu benshi muri Afrika y'ubuseruko, rwahawe akamenyetso ko ruri Verified, naho yagirijwe kugura abantu…
Umugwi ndangakaranga w'abarundi ukorera I Kigali witwa Intwari, ugiye gukora igiteramo, aho bazoba bagamije kuvuga igihugu cacu bacishije mu mvyino n'intambo, ndetse bakazoba ataribo bonyene. Umugwi…
Abarundi bakunda umuziki, ngo baratutswe mu bitabo bikoreshwa mu Kwigisha igifaransa abanyeshure bo mu mwaka w'8. None Sat-B ariko ahanurwa kwitura ubutungane, ngo bamurenganure. Bizimana Aboubakar karume ngo yamaze…
Umuririmvyi Daddy Face aravyemanga ko yari yaranyoteje abakunzi biwe mugabo ngo ni kumvo zitamuvuyeko uziko asanzwe aba mu mahanga akavuze Drama T ngo ubuzima bwaho ntibworoshe. Yamara nuko biriko ngo Daddy nubwo atasohora…
Kuri uwu w'agatanu igenekerezo rya 16 Ruheshi 2023 umurundikazi azwi kw'izina rya Gladis Ninkomeza batazira "Gaga"akora uduhuzu twibabanga yazitiriye "Cotex Gaga" Yari yahamagaje abanditsi…
Ihohoterwa rifatiye ku gitsina rikorerwa abagore, ribaye ikibazo hagati ya Pastor Denise Nkurunziza, Mow Kanzie hamwe n'abumvise ivyavuzwe n'uwo mukozi w'Imana muri Video igize imisi iriko irazunguruka. Mow…
Mu gihe Ivya Big Fizzo na Lolilo vyari bigize imisi bicureshe, uwo muririmvyi wa Ndabizi asubiye kandi kuvyonga akarere, anashiramwo umukobwa wiwe Eden, aho nawe yamwihakanye. Big Fizzo asubiye Kandi gukoza agati mu ntozi,…
Abaririmvyi Big Fizzo na Sat-B boba bikubise agashi bagashigikira umwe mu baririmvyi akitswe n'amagara, inyuma yaho bidogewe na Baouden kuko ngo batabashije kumushigikira mu kibazo yarimwo, cahatswe kumwinjiza Ibohero…
Divine light n'umuririmvyikazi aririmba indirimbo zininahaza Imana mu mateka yiwe ngo ivyo yaciyemwo nivyo bimukomeza bituma aja kuyindi ntambwe mwibaza ko ariyihe ntambwe yateye ? Yatanguye kumenyekana ku ndirimbo yiwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.