Umukozo festival n'isabukuru ihuza abanyakaranga, igarutse kuyindi ncuro itavyorosha. Blue harmony ifadikanije na "Akaranga Entertainment" bariteguriye imirwi ndangakaranga, hakazoba ari kw'igenekerezo rya…
Hakirindiriwe VISA yaho, kuko ahafise igiteramo azoja guhuriramwo n'ibihangange muri Afrika nka Harmonize na Yemi Alade. Sat-B ngo agiye kuba arakorera igiteramo I Dubai, aho azoteramisha abantu bibuka igihe Uburundi…
Mu makuru yacu duheruka kubashikiriza twababwiye k'umuririmvyi Aime M asanzwe akorera ibikorwa vyiwe muri Reta zunzubumwe bwa Amerika indirimbo yiwe yavuze ko isohoka igenekerezo rya 26 Ruheshi 2023 isango ryabaye…
Mu gihe n'ubu hakiriko hararonderwa uko bishoboka kwose ngo Big Fizzo abashe gukwiza Views 1,000,000, ku ndirimbo yiwe n'imwe afise Ku rubuga rwiwe rwa YouTube rugeze ku barukurikirana barenga 120,000, habonetse…
DJ Paulin ntibamworoheye ku rubuga rwa Twitter, kubera ivyo yashikirije kuri Snapchat vyazanywe Kuri urwo rubuga biraheza bifatwa nabi na bamwe bamwe. Uwo Mugabo asanzwe akorana vya hafi n'abaririmvyi batari bake, akaba…
Kubwa Espérance ngo ntahantu Imana itokura umuntu yarabibonye, mu buzima bwiwe akivyara umwana wambere yaba muri chambrette n'umugabo wiwe ubuzima bwogufungura ari uguhangayika ashikanwa kubitaro atanur'ufaranga na…
Umuririmvyi Sat-B ngo bwa bundi Harmonize amufitiye ideni ritari rito, ayo n'iyo makuru uwo mugabo aheruka gutanga mu kiganiro yakoze mu ntango z'uku kwezi muri Tanzania. Uwo Mugabo w'abana 3, aheruka…
Nkuko bisanzwe igenekerezo rya 21Ruheshi n'umusi w'ahariwe umuziki kw'isi nzima (fête de la music)ishirahamwe ry'abaririmvyi ( amicales des musiciens)bari bateguye ibirori bidasanzwe mu kwigina uwo musi…
Ibintu birakaze, ngo hari abantu batanguye gusaba ibintu bakoresheje imbuga za Instagram zitirirwa Drama T Kandi atazi n'ivyazo. Uwo muririmvyi wa Madam canke ITamporize aheruka kumenyesha ko ibintu bitoroshe, kuko hari…
Ibintu birakaze, aba Diaspora batanguye Kuza mu gihugu, none abantu batanguye kubavugako cane. Mu gihe Mow Kanzie yaheruka kubaza Kuri Twitter ngo:" Ba Diaspora VIPI? Kuberiki kutwinyegeza?" noneho abiherekezesha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.