Abafana ba Berry Music hamwe n'abakurikirana umuziki muri rusangi umutima uri mu kirere ko Berry Music nawe agiye guhamvya abandi baririmvyi b'abarundi basuhukiye mu mahanga, mu gushira ku ruhande ingabire yiwe yo…
Aime - M n'umuririmvyi w'umurundi aba , agakorera mu mahanga , aho aherukira mu Burundi yasohoye album yiwe yise" Amen" igizwe n'indirimbo zo kuninahaza Imana kuvyibazwa ko agiye guhagarika izindi…
Mow Kanzie batanguye kumusaba ngo abategura ibiteramo mu Mahanga barabe nawe bazomushire muri List, bakaba banashikiriza uwo bipfuza ko bagenda bajanye. Umumenyeshamakuru w'umurundi abarizwa i Burayi, Elsie Gretta…
Nkuko twagiye turabibamenyesha mu makuru yacu yaheruka, Irebe Company ifadikanije na Radio Télévision nkuru y'igihugu (RTNB) babateguriye isabukuru bise" Dukunde Uburundi" Imirwi ndangakaranga…
Hosy irakoze ngo arabesha ntiyahonyoye Kuri Marara Hotel Amashusho ya Hosy irakoze ari mu Rwanda mu karuhuko, yakunzwe cane n'abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook, nkuko twabashije kubibona. Uwo mumenyeshamakuru…
Naho ata cemezo gihari, birashoboka ko ubutumwa Big Fizzo yatanze ku rubuga rwiwe rwa Facebook, bwakunzwe n'abarenga 1000 mw'isaha 1 gusa, bwaganishwa gukosora ubwo Meili yatanze Kuri TikTok. Ibintu birakomeye,…
Mu misi iheze duheruka kubashikiriza inkuru yavuga ku vyashikirijwe na DJ Paulin ku baririmvyi b'inararibonye bakunze kwita aba Legend, aho yavuze ko inararibonye igihema ari Bahaga gusa abandi bavyiyita, none ubu naho…
Iciyumviro canke icipfuzo ca Pacifique Nzitonda cari gifitiwe inyishu na DJ Paulin, kuko yagitangiye inyishu ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye. Paci Nzitonda Kuri uwu wa gatatu, yanditse ku rubuga rwa Facebook, ko…
Tuvuze ko imiryango iriko iruguruka ku baririmvyi ntitwoba dushikuje turetse akanoti binjiza baraguruka bakabona iyo bweze inyuma ya Dama T, Vichou Love, B face ubu naho les Jumeaux music bahamagawe muri Congo ukwezi kwa…
Alvin Smith yoba yitavye akamo urwego rw'igihugu rujejwe kugenzura uko ibimenyeshamakuru bikora rwateye abaririmvyi muri rusangi. Uwo muririmvyi w'akadaje indirimbo iheruka guhagarikwa ku nsamirizi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.