Ishirahamwe Uwiragiye Fondation risanzwe rifasha abagendana ubumuga bw'amaso ryatangujwe 2018 icicaro caryo kikaba Kiri i Bujumbura mu kabezi barubuye Impano yumwe mu bagenda ubumuga afise n'impano yo kuririmba…
Kimwe mu bihimba vya Nirna vyateje ikibazo abafana, basaba ko yoraba akaza arafuka. Na Alvin Smith nawe nyene biba uko nyene, kuko hari igihimba ciwe cahindutse Mêmez kuri Twitter. Buri gihe iyo Nirnah umugore wa Alvin Smith…
Nubwo vyari vyasibijwe ntivyabujijwe ko ivyategekanijwe bikorwa nubwo bitari vyoroshe kwemera, ni kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 4 Mukakaro 2023 ku kibanza Bantu Bwoy basanzwe bakorera isango ry'abaye ntabanduka .…
John kay n'umurundi akina amareresi asanzwe aba mu mahanga muri Reta zunzubumwe za Amerika,mu ndoto ziwe ngo harimwo no kubona abarundi bateye Imbere muvyo gukina mareresi. Imbere yuko asubira inyuma hari ihiganwa agiye…
Alvin Smith na Nirna babonetse hamwe bari banyotewe n'abatari bake Abavuze ugutandukana hagati ya Alvin Smith n'umugore wiwe, ngo bashobora kuba batabayeho neza muri ino misi. Ivyo n'ivyibajijwe n'umwe mu…
Naho y'aba Drama T y'aba Mow Kanzie bose ata werekwa ibijanye n'inkundo hagati yabo, hari abigeme barikanuye, bo iyo ari ibishoboka, Drama T bari kumucisha ku wepfo, bakamwitwarira. Ibintu birakaze, Drama T…
Mu gihe ariwe afise Indirimbo ya Gospel ishobora kuba yararabwe cane Kuri YouTube gusumba izindi, Dudu ngo ivyo ntaco biba bivuze kuriwe, kuko hariho ikiza imbere y'ama Views. Niyukuri Theophile Benshi muzi nka Dudu ngo…
Ubutware bwa Miss Carelle n'ubwa Miss Kelly batanguye ugutandukanye Naho Kelly Ngaruko yatanguye igihe ciwe mu mwaka uheze, atarabwa ryiza kubera havugwa akarenganyo, Miss Carelle Ndayizeye we atanguriye Ku biciro…
Ca Giteramo c'umugwi ndangakaranga Intwari, w'abarundi ukorera i Kigali, kizonabonekamwo abandi baririmvyi b'abarundi n'abo basanzwe ari ba rutumwako muri ico gihugu, hamwe n'abavuye mu gihugu…
Hakirindiriwe kumenya abandi baririmvyi bazoboneka muri Festival de l'independance itegurwa na Bantu Bwoy, Big Fizzo yaragize imisi abarizwa ku mugabane w'uburayi, yamaze kugaruka I Bujumbura, aho abafana batari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.