Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 16 Rusama 2023 Umushikiranganji w'inkino n'imicokama yari yahamagaje abaririmvyi kugira yumve ico bagona, akababaro boba baramushikirije mwibaza ko ari akahe? Yatanguye abaremesha…
Ibintu birakaze mwa bantu mwe, mu makuru yacu aheruka twari twagarutse Ku buryo Big Fizzo vyavuzwe ko ariko arasomborotsa iyindi ntambara ishobora gusutama hagati yiwe na Lolilo, kubera ubutumwa aheruka gushira ku rubuga…
Naho hataramenyekana ko B Face yamaze kuronswa VISA, koko ngo agiye gukorera igiteramo muri Australie. Icamaze kumenyekana coco nuko ngo kugaruka kw'uwo Munya Kayanza ngaha i Bujumbura, yamaze guhonyoza ikirenge muri co…
Vichou love uretse ingendo yaramaze gukorera mu Rwanda ,Ouganda,Dubaï ..….. ubunaho agomba akubitire muri Quatar, mwibaza ko ari ibikorwa nyabaki bimutwayeyo? Kiretse ko yiteguriye Igiteramo kidasanzwe kw'igenekerezo rya…
Abantu baratangajwe n'ivya Lolilo na Big Fizzo, bakoreye abantu ku rubuga rwa Facebook. Mu gihe Big Fizzo yaheruka guteza uruhagarara nkuko twari twabigarutseko mu nkuru twaheruka kubashikiriza, aho yavuga ku bijanye…
Ca gikorwa giheruka gukorwa n'inama y'igihugu ijejwe gucungera uko ibinyamakuru bikora, kibandanya kuvugisha benshi. Big Fizzo akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook yanditse ngo:" Umusi nzotangura kwambara…
Ya Ndirimbo Intare batinya RMX ya Yvan Muziki, yari imaze imisi iriko ivugisha benshi ku mbuga ngurukanabumenyi, ko hari amashusho y'umukuru w'igihugu yashizwemwo ariko atarakwiye gushirwamwo, kuko adahuje…
Mu gihe hari hagize igihe havugwa ko abanyarwanda aribo bonyene bumvikana i Bujumbura, ariko abarundi I Kigali, batumvikana, zoba zahinduye imirisho. Ivyashikirijwe n'umwe muba Comedien b'abanyarwanda mu misi iheze,…
Abaririmvyi bateramisha abantu mu bibanza bitandukanye vyo kuryoheregwamwo ngo abibazako bashoboye gusubiramwo gusa indirimbo z'abandi ngo baravyihendako kuko bahora banasohora indirimbo zabo, kandi bashigikiwe ivyo…
Uwuzosuburira Kajala Frida yoba yamaze kuboneka, uwo nawe hakaba hanuganugwa ko yoba ari Yolo The Queen umunyarwandakazi binavugwa ko afise amamuko mu Burundi. Muri iyi misi 2 iheze, uwo muririmvyi w'umunya Tanzaniya,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.