Amazina yahawe n'abavyeyi ni Bagabo Patrick umuziki nawo umuha izina rya Pin Pajo. Kuva 2020 niho yahisemwo kuririmba indirimbo zo kuninahaza Imana indirimbo igira 3 akaba ariyo agomba kudushikiriza vuba. Uretse ko ari…
Mu makuru yacu twabashikirije twababwiye ko B Face yitezwe muri Australia igenekerezo rya 2 Ruheshi 2023, ikibazo kiguma kigaruka ni mbega azoronka Visa, mwibaza ko vyifashe gute? Uretse abagiye baramubaza akimenyesha…
1/3 c'amafaranga yokoze amasanamu y'indirimbo, n'iyo mafaranga Drama T aheruka guhombera muri wa mukino w'umupira w'amaguru wahuza Real Madrid na Man City. Mu makuru twaheruka kubashikiriza twari…
Ivyo Alvin Smith aheruka gushikiriza ku bijanye n'ugushira inguvu mu bikorwa vyo gutegura amareresi yabikomeyeko, kuko kanatsinda ngo amafaranga bimwinjiriza n'ayatari make. Uwo muririmvyi ku musi wa gatanu…
Mu gihe mu Rwego rw'igihugu rujejwe kugenzura uko ibinyamakuru bikora, CNC, bitegura guhagarika izindi ndirimbo, abaririmvyi, abafana co kimwe n'abandi barabiha hafi ingingo zifatwa mu gihugu, babona ko hari…
Akazina ka Kirikou Akili kabandanya gakura cane, kariko gatuma uwo muririmvyi yizerwa cane n'abanya-Kigali, bigatuma banamusanga mw'ikobe kugira bakorane Indirimbo. Inyuma yo gukorana na Kivumbi King Indirimbo bise…
Urukino rw'umupira w'amaguru rwaraye ruhuje imigwi Real Madrid na Man City, rwaraye ruhombeje benshi, rutwenza abandi. Mugani Desire akoresheje imbuga nka Whatsapp yanditse yishongora ku bafana ba Real Madrid yaraye…
Alvin Smith adahawe amafaranga na 1xbet nkuko bariko barabikora ku bandi baririmvyi, ashobora kudasubira Kandi kugira ico avuze Kuri iyo Company ifasha abantu gutigira ku nkino ziba ziriko ziraba. Uwo muririmvyi…
Nta wuzi ko Harmonize azogirako ava muri Amerika aja muri Sweden, canke azoca i Bujumbura guhitana Sat-B ngo bajane, ariko ikizwi co nuko bose bamaze gushirwa kuri Affiche ya Festival izobera muri Sweden, neza neza I…
Rachly n'umuririmvyikazi akongera agakina amareresi, sivyo gusa kuko no murukino bita volley-ball ariyo muti vyose abishobora gute? Nubwo ivyo vyose abikora hari haciye hafi amezi 5 adasohora indirimbo,ataboneka mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.