Abatari bake mu barundi ngo barashigikiye ingingo yafashwe n'umunonotsi w'umurundi Ndikumwenayo Thierry, naho bamwe bamufashe nk'igihemu kuko asa n'uwateye umugongo Uburundi. Amakuru mashasha yabonetse…
R Flow ngo gukora RMX ya Hakuna Matata ngo vyabaye Inyungu ikomeye kuriwe, kuko ngo vyatumye atera intambwe ikomeye mu Muziki wa hano iwacu. Uwo muririmvyi ari mu baririmvyi bamaze kumera imvi muri uno mwuga wo kuryohera…
Alvin Smith ngo nta Mugambi afise wo kwiteranya Kuri Big Fizzo afata nka mukuru wiwe, canke Kuri Dj Paulin afata nka Boss wiwe kuko amuha ibiteramo akatari gake. Iyo niyo nyishu uwo muririmvyi yatanze bamubajije ivya ya…
Ishirahamwe FS Global ryama rifasha imiryango itishoboye ryaraye ritanze imfashanyo ku ba nya Kamenge . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2023 , Isaha zitanu zo mugitondo ( 11h00) , aho ishirahamwe FS Global…
Umurwi Icirore Films usanzwe ukina amareresi nubwo bafashe akanya bakaruhuka igice cambere n'icakabiri c'ireresi yabo Isezerano bayikoze k'ubuhinga Nawe uramaze kuyibona? Uwo murwi ugizwe n'abahungu…
Akamo DJ Paulin yatewe ko gusaba ikigongwe Kuri ya Majambo yashikiriza ku kunuka kw'abaririmvyi bamwe bamwe, yahavuye akitaba. Muri Live iheruka kuba, uwo mu DJ wacu yasavye imbabazi ku muntu wese yababajwe…
Abajejwe umuteko no kwivuna abansi mu gihugu nabo nyene ntibasivye kugira ico baterereye ku nyubako y’ikibuga citiriwe Intwari. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2023 Isaha zibiri zo mugitondo (8h00) ku…
Mu gihe Bizimana Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-b yaheruka kuba Verified Kuri Twitter, uwo muririmvyi ubu naho asubiye kwerekana iyindi ntambwe yateye. Uwo muririmvyi w'inkuru y'ukuri, abaye umuririmvyi…
Mista Champagne ngo n'abafise Imiliyoni 2 z'ababakurikirana muri Tanzania ngo ntibakimutera ubwaba kuri YouTube. Mista Champagne aheruka gushira ahabona amasanamu y'Indirimbo, Kajala, yamenyesheje ko ubu amaze…
Big Fizzo yasubiye i Buraya, aho yaramaze imisi, inyuma yo gukora akazi yari yahamagawemwo. Ako nako kakaba kari ako gukora igiteramo, igihe hugururwa inyubako Guerra Plaza mu kamenge. Uwo musi Big Fizzo akaba yashikirije…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.