Kimwe mu bihimba vya Nirna vyateje ikibazo abafana, basaba ko yoraba akaza arafuka. Na Alvin Smith nawe nyene biba uko nyene, kuko hari igihimba ciwe cahindutse Mêmez kuri Twitter. Buri gihe iyo Nirnah umugore wa Alvin Smith…
Wa Mukozi w'Imana w'umunyarwanda Pastor Theogene yarakunzwe cane kubera uburyo yakoresha amajambo yo kwi barabara canke ayo musi y'itara nkuko mu Rwanda babivuga, mu kuvuga ubutumwa bwiza, yitabiye Imana mu…
Abaririmvyi Big Fizzo na Sat-B boba bikubise agashi bagashigikira umwe mu baririmvyi akitswe n'amagara, inyuma yaho bidogewe na Baouden kuko ngo batabashije kumushigikira mu kibazo yarimwo, cahatswe kumwinjiza Ibohero…
Divine light n'umuririmvyikazi aririmba indirimbo zininahaza Imana mu mateka yiwe ngo ivyo yaciyemwo nivyo bimukomeza bituma aja kuyindi ntambwe mwibaza ko ariyihe ntambwe yateye ? Yatanguye kumenyekana ku ndirimbo yiwe…
Abafana ba Berry Music hamwe n'abakurikirana umuziki muri rusangi umutima uri mu kirere ko Berry Music nawe agiye guhamvya abandi baririmvyi b'abarundi basuhukiye mu mahanga, mu gushira ku ruhande ingabire yiwe yo…
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Bagabo Patrick umuziki nawo umuha izina rya Pin Pajo. Kuva 2020 niho yahisemwo kuririmba indirimbo zo kuninahaza Imana indirimbo igira 3 akaba ariyo agomba kudushikiriza vuba. Uretse ko ari…
Urubuga rwa Twitter, ni urubuga rumaze igihe ruhurumbiwe mu Burundi n'abakiri bato, bo mu mice yose, baba abari mu Muziki, abaja kuhayagira, canke abamenyeshamakuru, bose bakaba bamaze kugira umuryango witwa #abatwip.…
Alvin Smith adahawe amafaranga na 1xbet nkuko bariko barabikora ku bandi baririmvyi, ashobora kudasubira Kandi kugira ico avuze Kuri iyo Company ifasha abantu gutigira ku nkino ziba ziriko ziraba. Uwo muririmvyi…
Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye yaraye ateye iteka igihugu. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 08 Rusama 2023 mu gihugu ca Nigeria niho hari haramutse habera inama idasanzwe…
Mu gihe abarundi bagisinziriye badashaka gushigikira bene wabo mu bikorwa vy'umuziki, n'abo ngo babashe kumenyekanisha ibikorwa vyabo, biciye muri ivyo biteramo baba bariko barategura, abanyamahanga bo batanguye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.