SAT-B ngo ntivyari gukunda ko umuvyeyi wiwe Amir Pro areka guhezagiza indirimbo n'imwe mu ziri muri album ariko arakora. Naho hataramenyekana neza igitigiri canke urutonde rw'indirimbo zizoba ziri muri urwo…
Monia Fleur arahakana ivy'inkundo zivugwa hagati yiwe n'umuririmvyi mugenziwe Drama T. Uwo muririmvyi wa Pharaon yahaswe ibibazo n'abafana biwe kuri Instagram ku gice ca storie, aho yagiye yishura ibibazo…
Igihugu c’Uburundi catewe iteka kugira kizokwakire ihiganwa ryo gusiganwa ku makinga ku ruhande rw’abigeme ku ncuro igira kabiri ( Tour Cycliste Féminin International du Burundi). Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Gitugutu…
Umumenyeshakuru Edisson Ndayahoze azwi cane nka Mr sinzoceceka, yishongoye ku batari bake bari bagize imisi bamuvuga cane kubera urubuga rwiwe rwa Facebook, aho avugwako ibidashimwa na bose. Mu gihe abansi ari abatari bake…
Ku bakurikiranye amakuru tubashikiriza, twari twabashikirije mu misi iheze ko umuririmvyikazi Monia Fleur yari akitswe n'amagara mu gihugu ca Kenya, aho amakuru y'ubwo burwayi bwa Monia twayahawe…
Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-B, ati urubuga rwanje n'uru rufise Bleu stick gusa, izindi ni fake. Ukwo kwerura ko izo mbuga atari rwiwe ni inyuma y'aho abatari bake bamutungiye urutoke berekana ko…
Haciye igihe kitari gito Sat-B yemereye abakunzi biwe album yiwe nshasha ko igiye gusohoka ariko ikiringo yari yaratanze kikaba cararenze. Mu kwezi kw'indwi 2022 niryo sango yari yatanze ariko rirahinduka. Impamvu ico…
Ni ishirahamwe rimaze imyaka itanu ririko rirangura ibikorwa n'urwaruka mu kubafasha guteza imbere impano zabo. Muri iyo myaka yose itanu uko umwaka utashe bagiye barategura ihiganwa ry'aba Miss naba Master…
Umwigeme, Video Queen, ari mu masanamu y'indirimbo Body, umuririmvyi Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo yafashije umuririmvyi Boy 23, yibagishije amabere. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram uwo mwigeme asanzwe…
Haraciye imisi mike cane tubayagiye ko diaspora y'abarundi kw'isi yose yemerewe gukora ku mugaragaro nk'ishirahamwe ridaharanira inyungu za Politique, ivyatanga umwizero ko ubudumbidumbi bubarizwa muri diaspora…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.