Amakenga atanguye kuba menshi ngaho hanze kubera ibura ry'ama Video y'ibikorwa Drama t ariko arakorera I Dubai, aho amaze imisi. Nkuko bitanguye kuboneka ku rubuga rwa Facebook, aba Promoter bamwe bamwe batanguye…
Iboneka ry'umukuru w'igihugu ku rubuga rwa YouTube rwa Juste Gael bita Umukubito, ntiryavugushije abanya Kigali gusa nkuko twari twabivuzeko mu misi iheze gusa, ahubwo n'abarundi n'abo ntibabibonye kumwe.…
Bigama Alvin nawe ntiyorohewe kuri Twitter kubera ifoto aheruka gushira ahabona kuri urwo rubuga. Uwo munyamideri w'umurundi abarizwa mu bufaransa, aheruka gusangiza ifoto yiwe Kuri Twitter, ifoto itavuzweko rumwe kubera…
Kuvuga Kwa Mutima ko yibarutse, vyateje uruhagarara Kuri Twitter, nkuko twabashije kubibona. Nkuko bimenyerewe Kuri Twitter, co kimwe no kuri Facebook, iyo hari ikintu kibaye, abantu babivugako cane, rimwe na rimwe bakanavuga…
Bamwe barimwo Cedric Bangy, riraniga ngo abarundi ntibizera abaririmvyi ngo n'abo bashirwe mu mabanga akomakomeye y'igihugu, nkuko biriko biraboneka mu bindi bihugu. Kidum nawe ngo niyizerwe n'abatwara…
Mugihe Mkombozi akiri mu rugendo mu gihugu ca Tanzania inkuru y'umunezero yamusanzeyo. Nkuko yavutse mu kwezi kwa Mukakaro igenekerezo rya 24 ni nakwo kwezi nyene yaronkeyeko ikibondo kw'igenekerezo rya 12 Mukakaro…
Pacifique Nzitonda, ngo abaririmvyi nka Drama T bari bakwiye kuba maso, kuko bataravye neza, abari inyuma yabo nka D One bashobora kuzoguma bahagaze neza, inyuma y'imyaka itari mike ariko bo barahawe umugongo…
N'abagabo nabo ngo barafise inkuru zo kuvugwa kurya abagore bazifise, none ngo nibahabwe ijambo, nkuko abagore barihawe mu kinyamakuru Siren Vibe. Ivyo n'ibiheruka gusabwa n'uwushobora kuba ari umugabo muri…
Ukutaboneka Kwa Big Fizzo mu giteramo ca Drama T mu Bubirigi, binaheruka kwemezwa na Drama T ubwiwe, ngo vyari bisiguritse nkuko biheruka gushikirizwa n'igicocoro Pacifique Nzitonda, aho yashikirije Imvo zimwe zatumye…
Hari agakino kariko karakinwa hagati ya Drama T na Mow Kanzie kuva aho babonekeye mu ndirimbo, imwe, hakanavugwa ko bari mu rukundo. Ubu naho abafana batanguye kubanyeguruza ayo bari barabitse, none bayashize ahabona. Mu misi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.