Inyuma yo gusezerera umugwi Al - Ittihad wo muri Libiya, umugwi Flambeau du Centre wakiriwe neza i Bujumbura. Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Nyakanga 2022 isaha icenda 15h00 , niho abakinyi b’umugwi Flambeau du…
Inyuma y'indirimbo "Je me Prosterne" yaheruka gushirira ahabona amasanamu mu kwezi guheze, Fortran Bigirimana yavuze ko agiye gushira ahabona akandi karirimbo gashasha kiwe. Uwo muririmvyi w'umurundi…
Ibishikizwa na B Face ko ariwe mwami w'umudiho wa Hip Hop ngo si vyo na gato, ariko ivyo akora n'uburenganzira bwiwe arabirekuriwe. Ivyo biheruka gushikirizwa na Fabelove ubwiwe, nawe avuga ko ico kibanza ari rwiwe.…
Ni mu gihe yari amaze imisi itarenga 5 mu gihugu c'Uburundi nk'uko twabibabwiye mu makuru yacu duheruka kubashikiriza. Ni Aime-M, umuririmvyi w'umurundi yari aheruka mu Burundi mu mwaka 2014, igenekerezo rya 14…
Igenekerezo rya 19 Nyakanga 2022 niho umuririmvyi D-one yashize ahabona indirimbo yiwe izwi kw'izina rya "Ubwoba". Ugerageje kwumviriza iyo ndirimbo irimwo amajambo y'agahinda nk'umuntu yihebuye…
Ugukoresha ibiteramo abaririmvyi b'abarundi mu mahanga, ngo ntivyahebwe ahubwo vyari bikiriko birategurwa, kandi imyiteguro ni myiza kuko biregereje. Ivyo biheruka gushikirizwa na Dj Paulin ubwiwe mu kiyago aheruka guha…
Inyuma ya Collabo umugwi w'abasore babiri, Treyzo na Rappy Boy bakoranye na Berry Music, abo basore ngo bagiye gushira ahabona akandi karirimbo gashasha ariko ko bazoba bakikoranye nk'uko babiyagiye abafana babo.…
Abaririmvyi bidoga ko hahamagarwa abaririmvyi b'abanyamahanga hano iwacu bagahabwa amafaranga y'umurengera ngo nibareke kwimaramaza ahubwo baje ku kivi, ivyo biheruka gushikirizwa na Dj Paulin ubwiwe, ari mu…
Drama T uwundi muririmvyi agiye mu gitigiri c'abaririmvyi bafise indirimbo zimaze gukwiza 1,000,000 views ku rubuga rwa YouTube. Izo 1,000,000 views zibonetse zikaba zabonetse ku ndirimbo MADAMU yaheruka gushira ahabona,…
Blue Harmony ni ishirahamwe rikorana n'abantu bose bakeneye gukora événement zitandukanye barabimufashamwo akarorero ushaka gutegura ibiteramo, Mariage, isabukuru ry'amavuko n'ibindi vyinshi vyose…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.