Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Kigarama 2023 , Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba Étienne Ndayiragije yaraye ashize ahabona Urutonde rw’abakinyi 34 bagiye gutangura imyimenyerezo yo…
Abakinyi beza ba Basketball mu Burundi baraye batanguye imyimenyerezo ya mbere yo kwitegurira abakinyi beza ba basketball bo mu Rwanda . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Munyonyo 2023 neza neza igihe c’isaha 11…
Imyuzurira, uruzuba n'indwara z'ivyaduka vyama vyakoze kuburundi, ivyo bikaba biva kw'ihindagurika ry'ibihe. Mugihe kuruyu wa 30 Munyonyo 2023 hatanguye inama mpuzamakungu igira 28 kubifukikije iriko…
Inyuma yo kumara imisi itari mike bitegurira umurwi nserukiragihugu w'abigeme wa Algeriya, abakinyi b'Intamba mu rugamba bakoze imyimenyerezo yabo ya mbere muri ico gihugu ca Algeriya. Abo bigeme b'umurwi…
Bamwe mubasanzwe barafovye ababo mw'itongo ry'abapfuye rya Ruziba mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura muri Komine Muha bavuga ko ubukene buri mu miryango buzotuma badashobora gushira mu ngiro ingingo iheruka…
Ivyananiye Urunani na New Star vyaraye bikozwe n’umugwi Dynamo FC. Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 26 Munyonyo 2023 I Johanesbourg mu gihugu ca Africa yepfo , aho umugwi Dynamo BBC wari waserukiye igihugu mu nkino za…
K'umugoroba wo kuri uyu wagatanu igenekerezo rya 17/ Munyonyo 2023 niho hatanguye guca k'umbuga ngurukana bumenyi inkuru ivuga yuko Umuririmvyikazi Miss Erica umwanditsi w'indirimbo nka "Mon…
Mu gihe yari yavuze ko icizere co gutsinda Gambia ari ibice 500% , ubuho yavuze ko afise icizere co gutsinda Gabon ibice 1000%. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023 isaha icumi (16h00) mu masaha ya Dar es…
Inyuma yo gutsindwa n’igihugu c’Uburundi, umumenyereza w’umugwi nserukiragihugu wa Gambia yaraye ahayagije abakinyi b’Intamba mu rugamba . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Munyonyo 2023 igihe c’isaha icumi (16h00) mu…
Kuva mu ntango z'uyu mwaka, Reta yatanguje intumbero y'uko ata musore yoba acemererwa kwandikisha ubugeni muri komine aterekanye Ko yubatse inzu y'amabati.Ubuyobozi bwa komine Mugamba intara ya Bururi burashima…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.