Inyuma yo kugarukana akanyamuneza mu ba kunzi n'ibikombe vyinshi, umugwi Vital’o Fc ugiye gutangura igice ca kabiri c’ihiganwa rya Primus League 2023-2024 wambaye umwambaro mushasha , n'amasezerano mashasha . …
Abarundi bangana na 2890 nibo bahagaritswe bagiye kurondera ubuzima mugihugu ca Tanzania kuva mukwezi kwa Rusama (5) gushika mukwezi kwa Munyonyo(11) 2023. Abo bakaba ari abafatiwe muntara ya Kigoma gusa, nkuko vyemezwa na…
Inyuma yaho kuri uwu wambere igenekerezo rya 11 Kigarama umwaka wa 2023 hamenyekaniye ko Gustave Niyonkuru yahora amenyereza Kayanza United yamaze kwimukira mu wundi murwi wo mu gihugu ca Comores, vyamaze kwemezwa…
N'aho abaririmvyi bahora bayikoreramwo ibiteramo bari biyamirije ko ingoro ndangamico y'i Bujumbura igiye guhindurirwa ivyo ikorerwamwo. Himirije gutunganirizwa isoko igurishirizwamwo ivyavuye mu migambi…
Inyuma yaho Warren Chebby atangiye infashanyo ku mugwi wa Ruvubu Academy w’i Mwakiro mu ntara ya Muyinga hashikiriwe abo kuri Remy Fitness . Kuri uwu wa mbere Igenekerezo rya 11 Kigarama 2023 , niho umurundi aba mu bwongereza…
Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 05 kigarama umwaka wa 2023, uwurongoye Delta Star, NYABENDA Samwel ntiyemeye ivyo umurwi wari washizweho n'uwutwara ishirahamwe ry'umupira…
Ibikorwa vy’amaguru biri mubishobora gutera indwara y’ibigatu canke imvutu. Muganag yanonosoye ibijanye no kuvura Indwara zo k’urukoba Jean Berchemas Ntihebuwayo avuga ko m u gihe umuntu atayivuje ishobora guteza ubumuga …
Umukinyi Otobo Israel abandanya avyitwaramwo neza mu mupira w’amaboko ( Basketball) wo mu Burundi . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 02 Kigarama 2023 igihe c’isaha umunani ( 14h00) ku kibuga ca Département kiri mu…
Ibihomoka vyavuye kw'isenyagurika ry'inkombe z'uruzi Ntahangwa ibikorwa biri ku musozo ahandi biracubakwa muri co gice ca komine Mukaza y'igisagara ca Bujumbura. Uyu munsi abanyagihugu barashima ko uruja…
Imigwi y’abakukuruke bo mu gihugu kibanyi c’Urwanda ibandanya iza mu Burundi ku bwinshi mu ntumbero yo gukina inkino z'ubucuti nyinshi . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 02 Kigarama 2023 Isaha zitandatu (12h00)…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.