Bamwe mu bakozi b'ishirahamwe rihingura ibintu bitandukanye vya plastike basaba kuronswa amasezerano y'akazi burundu hamwe no guhemberwa amasaha bakoze inyuma y'amasaha y'akazi. Abo bakozi…
Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 01 Munyonyo 2023 igihe c’isaha icenda 15h00 mu Cibitoke aho bita kuri Centre Paroise , aho Fondation Ngoga Patrick ifasha abagendana ubumuga , yari yatanguje icese urukino rw’umupira…
Jean Claude Girumugisha inyuma yo kwimukira mu murwi ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Sudani yabonye igitsindo ca mbere mu rukino rwa Kivandimwe rwabaye kuri uno wa Kane igenekerezo rya 02 Munyonyo 2023 . Jean…
Abanyagihugu baba muri karitiye Carama muri zone Kinama komine Ntahangwa mu buraruko bw'igisagara ca Bujumbura basaba ko inkombe z'uruzi Gikoma zokwubakirwa, kuko muri kino gihe urwo ruzi rubangamiye inyubako zabo .…
Abarimyi bo muri komine Mugina mu ntara ya Cibitoke baratewe impungenge n'imbeba zirya imirima yabo bagasaba ko zotuzwa. Abarimyi baho bavuga ko uko iminsi ija irahera ari ko imbeba zisasika imirima. Iyibangamiwe…
Ni mu mururonde rw'abakinyi rwashizwe ahabono kuri uyu wa kabiri na Etienne #Ndayiragije umumenyereza mukuru 'Intamba mu Rugamba , mu nkino zo kurondera itike yo kwitabira inkino zanyuma z’igikombe c’isi kizoba mu…
Umugwi nserukira gihugu wa Africa y'epfo mu rukino rwa Rugby waganutse inyuma yo gutera iteka igihugu na Africa muri Rusangi mu gutahukana igikombe c'isi ca 2023 cariko gikinirwa mu Bufaransa. Inyuma yurugendo…
Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 29 Gitugutu 2023 ku kibuga gikukira ubushikiranganji bw'inkino département des sports, umurwi Dynamo watsinze Urunani mu rukino rwa nyuma mw'ihiganwa ryitiriwe incungu…
Abicishije kurubuga rwa Instagram, ahacishwa ubutumwa bumara amasaha 24, uyu mukinyi w'umurwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba na n'umurwi wo mucicaro ca mbere c'ihiganwa ry'Ubufaransa OGC Nice ahejeje…
Umurwi ndangakaranga "Amagaba" hamwe n'umuririmvyi Esther Nish bashitse mu gisagara ca Addis Abeba muri Ethiopiya kuri uyu wa 25 gitugutu umwaka wa 2023, aho bitezwe mu birori vy'isabukuru mpuzamakungu «…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.