Ihiganwa rya Mapinduzi Cup rizobera mw'izinga rya Zanzibar kuva ku wa 28 Kigarama umwaka wa 2023 gushika ku wa 13 Nzero 2024.Umurwi Vitalo ukaba witabiriye iryo higanwa uri mukibanza ca mbere mw'ihiganwa rya Primus…
Bamwe mubarovyi bo ku mweha wa Kajaga bavuga ko akazi kabo gasa nakahagaze kubera ikena ry'igitoro. Bagasaba ko reta yotorera inyishu ico kibazo. Umushikirangaji wo gutwara abantu n'ibuntu asigura ko ubwo bukene…
Ubushikiranganji bujejwe imico kama butangaza ko imirwi ndangakaranga ibukukira ubu yariko iribagirwa igiye kunagurwa.Yamara hari abafise amakenga ko uwo mugambi woshoboka mu gihe bimwe mu bicocoro vyari bigize iyo mirwi…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abakinira mu Burundi uriko witegurira inkino zo kurondera itike rya CHAN waraye utsinzwe n’umugwi wa Vital’o Fc . Hari kuri uwu wa gatatu Igenekerezo rya 20 Kigarama umwaka wa 2023…
Urukino rwakivandimwe ruzohuza Uburundi n'igihugu ca Algeriya rwatangajwe n’uwusanzwe arongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ku wa kabiri igenerekerezo rya 19 Kigarama umwaka w' 2023. Urukino…
Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB arafise amakenga kuvyerekeye ingene imanza zicibwa muri iryo shirahamwe.Muyenge Alexandre avuga ko hari bimwe mu bibazo agiye kuja arifatira mu minwe.…
Abakozi b'ishirahamwe rihingura ibikoresho vya palasitike BRA Manufacturing bazindutse basubira guhagarika akazi mu gitondo co kuri uyu wa 18 Kigarama 2023 basaba ko batunganirizwa mukuronswa amasezerano y'akazi…
Mu gihe abarundi batari bake bama biyumvira impamvu imigwi nserukira gihugu y’Intamba mu Rugamba itakirira inkino zayo mu gihugu c’Urwanda mugihe ari hafi cane y’Uburundi ikaja kwakirira mu gihugu ca Tanzania n’Ubuganda ,…
Ikibuga Intwari kiramaze gukwiza ibisabwa na FIFA Ikibuga c'umupira w'amaguru citiriwe Intwari gishobora gutangura gukinirwako mu mwaka wa 2024 atagihindutse. Ibi vyatangajwe kuri uyu wa kabiri n'uwurongiye…
Uko niko Jules Irankunda avuga Inyuma yaho yarahejeje gusangira n'abana bantaho nikora n'abagendana ubumuga bwo mu mutwe barerewe mu kigo kiri muri karitiye ya Jabe mu gisagara ca Bujumbura mu guhimbaza isabukuru…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.