Kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 6 nyakanga 2023 umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yagiriwe ibakwe ryo gutorwa kugira azohiganwe n'abaririmvyi b'ibihangange mu karere mwihinganwa ryitiriwe *HISKOOL AWARD*…
Uwo mukinyi wa Vital’o Fc mu misi iheze niho yashirwa ku rutonde rw’abakinyi 24 bazotana mu mitwe na Cameroun igikogwa c’umumenyereza w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije, maze asubiriye Jospin Nshimirimana bitashobotse…
Ba bakinyi ba Handball b'abarundi baheruka kuzimirira muri Croatia aho bari bagiye gukina inkino mpuzamakungu zawo, bamenyekanye iyo bari. Inyuma y'indwi 3 gusa baburiwe irengero, ngo bageze mu Bubirigi aho bamaze…
Alvin Smith akaba nawe ahambije abandi mu gitigiri c'abaririmvyi bafise Indirimbo zimaze gukwiza Views 1,000,000. Iyo ndirimbo ikaba imuteye iryo teka ikaba ari "Akadaje", yakoranye n'umuririmvyi…
Umuririmvyi w'umunyarwanda Israel Mbonyi, nawe ngo agiye gutangura gukora cane Indirimbo ziri mu rurimo rw'igiswahiri, ivyo. Uwo muririmvyi w'umunya Mulenge akunzwe muri b'ino bihugu vy'akarere ka…
Jospin Nshimirimana ntari mu rutonde rw’abakinyi 24 b’Intamba mu rugamba bagiye kwerekeza mu gihugu ca Cameroun mu ntumbero yo gutana mu mitwe n’igico gihugu mu ntumbero yo kurondera itike yo kwitabira inkino zanyuma za CAN…
Urutonde rw’abakinyi 24 b’Intamba mu rugamba berekeje muri Cameroun rwamenyakanye . Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije ahejeje gushira ahabona abakinyi 24 bagiye gufata urugendo berekeza mu gihigu ca…
Abahagarikizi 4 Mpuzamakungu bazohagarikira urukino rwo kurondera itike ryo kwitabira inkino zanyuma za CAN 2024, ruzohuza Uburundi hamwe na Cameroun igenekerezo rya 12 Nyakanga 2023 I Garoua . Abo nabo akaba ari aba…
Igenekerezo rya 2 Nyakanga umwaka wa 2023, muri Zone Kinama Quartier Ngozi hari haramutswe hatangwa amakaye n'amakaramu Ku bana ba ntahonikora 64 bo muriyo Quartier bimirije gutangura amashure. Ivyo bikaba vyabereye mu…
Umugwi Buja Queens wari waserukiye igihugu c’Uburundi mu nkino zo ku mugabane wa Africa mu karere ka Cecafa Africa y’ubuseruko warangije iryo higanwa uri mu kibanza ca 3. Hari kuri uwu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.