Big Fizzo inyuma yaho amenyeshereje muri Indundi Hit show ko Indirimbo za Hip hop zuzuye ngo igihe nicagera zizosohoka, kuko nkuko abarundi bayamaze inkoni ihira igihe, yateje uruhagarara Kuri Facebook yiwe, kubera video…
Muyenge Alexandre asanzwe arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( FFB ) ari kumwe n’icegera ciwe ca mbere Nimubona Arcade hamwe n’uwujejwe igisata c’ubutunzi muri FFB Honorable Denis Karera, baganiriye…
Ishirahamwe BRA Manufacturing Sirl rihingura amatangi y’amazi , intebe , imirongoti , ama Palettes y’amagi n’ibindi bikoresho bikozwe muri Plastique ryafashe mu mugongo umugwi nserukira gihugu w’Uburundi w’abigeme ukina…
Nelly Nat azwi cane nk'umunyarusaku ngo nta wokwemera kumushira mu nzu, naho bomuzanana amafaranga. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bagize ico bashikiriza Kuri Post yakozwe n'uwitwa Umuhirwa Kuri…
Umugabo azwi nka Kazungu I Kigali mu Rwanda, yafashwe n'inzego z'umutekano zifatanije n'urwego rujejwe iperereza, kuko yagirizwa gusambanya abakobwa akanabica. Abakobwa bagera Kuri 12, nibo banuganugwa ko…
Urwaruka mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ngo rugize igihe rwishoye mu busambanyi cane, aho amayeri abandanya aba menshi gusumba, nkuko ibinyamakuru muri ico gihugu bibishikiriza. Amwe mu mayeri agize igihe akoreshwa,…
Umuririmvyi The Ben ngo aritezwe I Bujumbura mu misi iri imbere, nkuko vyatanguye kunuganugwa n'abatari bake, noneho bikemezwa n'iboneka rya Cover ya Conference de Press yitezwe Kuri uyu wa Kabiri. Iryo nuganugwa…
Abarundi batari bake barindiriye igishika urukino rw’Intamba mu rugamba na Cameroun ruzoba igenekerezo rya 12 Nyakanga 2023 . Ariko naho biri uko , benshi bipfuza kumenya igisabwa kugira umugwi nserukira gihugu Intamba mu…
Ibimanga bigenda vyimbwa n'amazi y'inkukura ,iyo imvura iguye birabangamiye abantu n'amatungo yabo harimwo impangu n'inzu mu gisagara ca Gitega. Aho ni nk'ikimanga kigeramiye amahoteri #Helena na…
Big Fizzo ngo niwe wenyene afise ubushobozi bwo gushikana umuririmvyi ku rugero rushimishije mu Burundi, ngo nta wundi abishoboye. Ncuti ya bose agize igihe azwi nk'umu Promoter Ari mu bakunzwe mu gihugu, yavuze ko Big…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.