Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 30 Myandagaro 2023 umukinyi w’umupira w’amaguru wa kera mu mugwi wa Burundi Sports Dynamik Philippe alias Fusée Ndikunkiko yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo . Uwo mukonyi wa…
Imyimenyerezo y’intamba mu rugamba iriko yitabirwa n’abakinyi 4 gusa . Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije amaze imisi ariko akoresha imyimenyerezo abakinyi bashika kuri 4 b’intamba mu rugamba…
Mu masezerano y'umwaka uwo muririmvyo w'umurundi yasinyiraniye n'ishirahamwe Aquavie Liquids kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Myandagaro Wiz Disigner agiye guhagarira nk'umu Brand Ambassador mu…
Abaririmvyi b'abarundi ngo bishwe n'ukwisuzugura, ivyo n'ibiheruka gushikizwa na Mugani Desire mu kiganiro yakoreye kuri Radio Indundi culture. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko we adashobora…
Ibiheruka kuba kuri Big Fizzo i Kigali, ngo ntibisigura ko atazosubira gukorera igiteramo muri ico gihugu giheruka kwakira abaririmvyi bakomeye muri Afrika mw'isabukuru ryitiriwe Giant Of Africa. Mu kiganiro aheruka guha…
Ni kuruyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Myandagaro 2023 aho abana bagera kuri 400 bantahonikora baronkejwe ibikoresho vy'ishure vyankenerwa. Ivyo bibaye kuncuro igira 3 inyuma yoguha abana bo mu Ruyigi na Makamba, Ubu…
Inyuma yo guhura na Irankunda Nestory hamwe n’umuryango wiwe mu gihugu ca Australia , Uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi (FFB ) Muyenge Alexandre aherekejwe n’umutambukanyi wiwe Honorable Denise - Ange…
Hari umuhabo apfungiwe mugasho K'igipori i Bururi kuva kumugoroba wo kuri uyu wa kane.Yagirizwa gufata Ku nguvu umwigeme w'umunyeshure afise imyaka 20 ava Ku mutumba wa #Sure wo muri komine #Vyanda y'iyo ntara…
Bamwe mubakenyezi bo mugisagara ca Gitega bavuga ko bamaze gutahura akamaro ko gutandukanya imvyaro , canke kuvyara abana bake bakoresheje uburyo butandukanye butangwa kwa muganga. Nico kimwe kandi na bamwe mubagabo , bavuga…
Kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 myandagaro 2023 isaha icenda, ku biro vy’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( FFB) , niho umumenyereza w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije aza gushira ahabona urutonde…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.