Ireresi ryari ryarahagaze rya Alvin Smith, rigiye Kandi gusubira guca ku rubuga rwiwe rwa YouTube nkuko yabimenyesheje ku rubuga rwa Whatsapp. Uwo muririmvyi akaba atashikirije ryari rizosubira kuboneka, ariko akaba yerekanye…
Umugwi nserukiragihugu w’Intamba mu rugamba w’abigeme watsinze umugwi nserukiragihugu w’Urwanda w’abigeme Amavubi . Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Nyakanga 2023 isaha icenda ( 15h00) ku kibuga c’inkino kiri i…
Umugwi Bumamuru Fc wari waserukiye Uburundi mu nkino za CAF Champions League uhejeje kunyagigwa mu rugo. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Nyakanga 2023 Isaha umunani (14h00) mu masaha ya hano iwacu , isaha icenda…
Espérance Ndoricimpa n'umuvugabutumwa akongera akaba n'umuririmvyikazi, kuvaho afatiye ingingo yo kuririmba yemeye gushira ahabona album yiwe yise "Akisema" ikazoba igizwe n'indirimbo 7, akozogenda…
Umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba hamwe na OGC Nice yo mu cicaro ca mbere mu bufaransa , Ndayishimiye Youssouf yateye intege mugenzi wiwe Nduwarugira Christophe . Ivyo akaba yabikoze inyuma yo kwidogerwa n’abarundi…
Bimenyimana Bon Fils Caleb umusatirizi w’Intamba mu rugamba ashirwa mubakinyi bagaragaye cane murukino ruheruka rwabuje Uburundi n’igihugu ca Cameroun yaragize imvune ikomeye muri urwo rukino . Hari ku musi wa kabiri…
Abigeme bakinira umurwi nserukira gihugu #Intamba mu rugamba mu mipira w' amaguru (football)urikumwe n'umumenyereza Alain Olivier Niyungeko hamwe n'icegera ciwe Belyse Ininahazwe amenyereza Inter Star,…
Inyuma y’umwaka urenga ata mugwi abarizwamwo , Jospin Nshimirimana yaronse umugwi mushasha. Uwo mukinyi akaba agiye gukinira umugwi wo mu cicaro ca kabiri muri Turquie witwa Sanliurfspor mu kiringo c’umwaka n’igice .…
Abagabo babiri bari muri Staff y’Intamba mu rugamba batanze imihoho inyuma yo gutsindwa na Cameroun ibitsindo 3-0. Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 13 Nyakanga 2023 , niho hamenyekana amakuru avuga ko Patrick Sangwa yahora…
Saido Berahino kizigenza w’Intamba mu rugamba avuga ko bipfuza kwandikisha amateka ku musi w’ejo bakirabira CAN 2024 . Berahino avuga kandi ko abakinyi bakiri bato kandi bafise impano zidasanzwe kandi bafise intego (…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.