Mu kiganiro "indundi Hit Show" co kuri uyu wa mbere, twagendewe n'umuririmvyi rurangiranwa mu midiho itandukanye inakunzwe cane, haba ku rwaruka canke abakuze na rirya yakoze kuva kera. Nassor Salum…
Magic kingorongoro n'umuririmvyi yamenyekanye mu mudiho wa Rap, amaze imyaka itari mike akorera mu muziki w'Uburundi, amaze gusohora indirimbo nyinshi ariko ntiyari bwasohobore gusohora urukurikirane rwazo (album).…
Aya niyo makuru ava muri Tthe Fighter production" irongowe na Happy Famba, irimwo umuririmvyi Vichou Love mwari mumenyereye cane mu murwi Peace and Love. Happy Famba yavuze ko kw' igenekerezo rya 28 Nyakanga 2023,…
Big Fizzo ngo naho The Ben azoba ariwe nyene igiteramo kigiye kuzobahuza, ngo araba maso, kuko hari intare 2, agiye kuzosanga I Bujumbura. Mu kiganiro Big Fizzo yaheye umumenyeshamakuru Chita yaherekeje umugwi uje kuraba uko…
Mu kiganiro " Indundi Hit Show" co kuruyu wambere ihenekeeezo rya 25 Nyakanga twari twagendewe n'umutumire adasanzwe ku nsamirizi yanyu mukunda Indundi culture FM, uwu nawe si uwundi n'umuririmvyi…
Don brighter n'umuririmvyi w'umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu makungu neza na neza muri Leta zunzubumwe z'Amerika. Don Brighter uretse ko aririmba, asanzwe anafasha abafise Impano muri label yiwe yise…
Mkombozi n’umuririmvyi asanzwe avuka i Nyanza Lac , kuva i Nyaza urugendo rwiwe rw’umuziki rwa mushikanye i Bujumbura arakora ivyatumye mu Burundi bose bamumenya ndetse n’ibihugu duhana imbibe biramumenya biciye mu ndirimbo…
Indirimbo yahawe akazina ka Album nshasha ya Apotre Apollinaire, igiye gusohorerwa amasanamu, iyo nayo s'iyindi, n'iyitwa "Ubuntu Bwawe". Umuririmvyi akaba n'umukozi w'Imana Apostle Apollinaire…
Ireresi ryari ryarahagaze rya Alvin Smith, rigiye Kandi gusubira guca ku rubuga rwiwe rwa YouTube nkuko yabimenyesheje ku rubuga rwa Whatsapp. Uwo muririmvyi akaba atashikirije ryari rizosubira kuboneka, ariko akaba yerekanye…
Espérance Ndoricimpa n'umuvugabutumwa akongera akaba n'umuririmvyikazi, kuvaho afatiye ingingo yo kuririmba yemeye gushira ahabona album yiwe yise "Akisema" ikazoba igizwe n'indirimbo 7, akozogenda…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.