Abagabo babiri bari muri Staff y’Intamba mu rugamba batanze imihoho inyuma yo gutsindwa na Cameroun ibitsindo 3-0. Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 13 Nyakanga 2023 , niho hamenyekana amakuru avuga ko Patrick Sangwa yahora…
Big Fizzo inyuma yaho amenyeshereje muri Indundi Hit show ko Indirimbo za Hip hop zuzuye ngo igihe nicagera zizosohoka, kuko nkuko abarundi bayamaze inkoni ihira igihe, yateje uruhagarara Kuri Facebook yiwe, kubera video…
Nelly Nat azwi cane nk'umunyarusaku ngo nta wokwemera kumushira mu nzu, naho bomuzanana amafaranga. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bagize ico bashikiriza Kuri Post yakozwe n'uwitwa Umuhirwa Kuri…
Umuririmvyi The Ben ngo aritezwe I Bujumbura mu misi iri imbere, nkuko vyatanguye kunuganugwa n'abatari bake, noneho bikemezwa n'iboneka rya Cover ya Conference de Press yitezwe Kuri uyu wa Kabiri. Iryo nuganugwa…
Big Fizzo ngo niwe wenyene afise ubushobozi bwo gushikana umuririmvyi ku rugero rushimishije mu Burundi, ngo nta wundi abishoboye. Ncuti ya bose agize igihe azwi nk'umu Promoter Ari mu bakunzwe mu gihugu, yavuze ko Big…
Kur'uyu wa gatatu igenekerezo rya 6 nyakanga 2023 umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yagiriwe ibakwe ryo gutorwa kugira azohiganwe n'abaririmvyi b'ibihangange mu karere mwihinganwa ryitiriwe *HISKOOL AWARD*…
Alvin Smith akaba nawe ahambije abandi mu gitigiri c'abaririmvyi bafise Indirimbo zimaze gukwiza Views 1,000,000. Iyo ndirimbo ikaba imuteye iryo teka ikaba ari "Akadaje", yakoranye n'umuririmvyi…
Umuririmvyi w'umunyarwanda Israel Mbonyi, nawe ngo agiye gutangura gukora cane Indirimbo ziri mu rurimo rw'igiswahiri, ivyo. Uwo muririmvyi w'umunya Mulenge akunzwe muri b'ino bihugu vy'akarere ka…
Mu masezerano y'umwaka uwo muririmvyo w'umurundi yasinyiraniye n'ishirahamwe Aquavie Liquids kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Myandagaro Wiz Disigner agiye guhagarira nk'umu Brand Ambassador mu…
Abaririmvyi b'abarundi ngo bishwe n'ukwisuzugura, ivyo n'ibiheruka gushikizwa na Mugani Desire mu kiganiro yakoreye kuri Radio Indundi culture. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko we adashobora…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.