Sat-B kuva aho vyakabereye, izina turarimenye, rifitaniye isano n’irya Mkombozi
Isango Sat-B yari yatanze ko azorekurirako Album yiwe ryararenze ariko yaravuye mu gacerere arasigura impamvu. Yavuze ko ingorane ari abahinyanyuzi badahurizako umwanya, ninayo mpamvu atanashimye kuvuga ni ryari…