Umwana yakuriye mu muryango w’Umuhisi Prezida Nkurunziza ariwe Eloge Nihorimbere agiye gutunganya ihiganwa yitiriye izina rya Zoe. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 12 Mukakaro 2023 , kuri Centre Technique niho abasanzwe…
Nshimirimana Ismail batazita Pitchou ni umukinyi mushasha w’umugwi wa APR Fc . Amakuru yashikiriye Indundi Sports kandi yemezwa n’abari mu mugwi wa APR Fc avuga y’uko umugwi w’igisirikare c’Urwanda wamaze kugura umukinyi…
Bigirimana Abedi umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba ashobora gusinyira umugwi wa Police Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Amakuru indundi Sports ikura mu gihugu c’Urwanda avuga ko umugwi wa Police Fc…
Umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba Youssouf Ndayishimiye asanzwe akinira umugwi OGC Nice wo mu Bufaransa yaraye agaragaye mu myimenyerezo y’uwo mugwi . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Mukakaro 2023 , aho…
Vital’o Fc yaraye itahukanye igikombe ca mbere mu mateka y’ihiganwa ry’igikombe citiriwe umuhisi Prezida Nkurunziza. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 08 Mukakaro 2023 Isaha icenda z’umugoroba (15h00) ku kibuga ca…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Ismail Nshimirimana batazira Pitchou umwanya n’umwanya ashobora gusinya mu murwi w’igisirikare c’Urwanda . Amakuru Indundi Sports yaronse n’uko uwo mukinyi amaze kwumvikana n’uburongozi…
Imvukira yo muri Zone Kiyenzi Commune Kanyosha umutumba wa Buhina intara ya Bujumbura Rural Hakizimana Vital yashinze umurwi w’umupira w’amaguru w’abigeme uzoza userukira zone yabo ya Kiyenzi . Hari kuri uyu w’Imana…
Vital’o Fc y’uburongozi bushasha bwa Djamal Seif igiye gutana mu mitwe na Flambeau du Centre yo mu ntara ya Gitega. Imigwi ya Vital’o Fc hamwe na Flambeau du Centre niyo migwi igiye gukina urukino rwanyuma rwitiriwe izina…
Umugwi Aigle Noir Cs uzoserukira Uburundi mu nkino za CAF Confédération ugiye kwimenyereza mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero yo kwitegurira ihiganwa rya Primus League 2023-2024 hamwe no kwitegurira inkino mpuzamakungu…
Douglas Ngabo Umurundi aba mu gihugu ca Swede akaba kandi anakora n’akazi ko kuronderera isoko abakinyi ( Agent) , niwe murundi wenyene yatoye ikibazo ca FIFA co guhabwa uburenganzira bwo gukora akazo ko kuronderera isoko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.