Nk'uko twabibabwiye u uherutse, umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka akiva mu butariyano yaciye yerekeza mugihugu ca Kenya hamwe na Manager wiwe. N"ubwo batari bashimye kuvuga igihugu bagiyemwo, vyamaze kumenyekana…
Iyo imvura iguye, agasoko ka Gasozo muri komine Mubimbi intara ya Bujumbura karatwarwa n'amazi, bigatuma ibidandazwa bitwarwa, ibindi bikononekara. Abadandaza barahahombera, eka mbere na komine kuko amatagisi uyo munsi…
Haribonekeza ubukene bw'amazi meza ku mutumba wa Mburi komine Gisagara intara ya Cankuzo ahasanzwe hari isoko ku mupaka uhuriramwo abarundi n'abatanzaniya. Abo banyagihugu basaba ko amabombo 4 asanzwe ari muri ico…
Umumenyereza w’Intamba mu rugamba z’abigeme Alain Olivier Niyungeko ( Mutombola) ashobora kuba yagarutse mu mugwi Bumamuru . Mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 17 Gitugutu 2023 I buganda ku kibuga Urunani,…
Umugwi nserukiragihugu w'abigeme Intamba mu Rugamba batarenza imyaka 20 wamaze kumenya igihugu bazohura mu nkino zo kurondera itike yo kwitabira igikombe c'isi yose kizobera mu gihugu ca Colombiya mu mwaka uza wa…
Aborozi b'inkwavu mu ntara ya Kayanza barashima uko ubworozi bwabo bubasahiriza mu miryango ariko bagasaba kuronswa abaganga b'inkwavu.Ubuyobozi bw'ubworozi mu ntara burabahumuriza. Bamwe muri abo bororozi…
Tumenyereye ko amashirahamwe ndetse n’abagwizatunga batandukanye aribo bama baterera Ikibuga Intwari, muri kino gihe hariko hashikirwa abari muma groupe whatsap. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 12 Gitugutu 2023 isaha icenda…
Umurwi w’urunani hamwe na Dynamo igiye gusubira guhura mu rukino rwanyuma rwa Finale rw’igikombe c’incungu . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 13 Gitugutu 2023 , niho umurwi wa Dynamo wakina na Tigers mu gikombe c’incungu,…
Umukinyi w’inyuma wa Buja Queens hamwe n’Intamba mu rugamba Kaze Angélique yerekeje mu gihugu c’Urwanda . Mu gatondo ko kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 13 Gitugutu 2023 , niho hamenyekana inkuru ivuga ko Rayon Sports…
Umugwi nserukira gihugu w'abigeme Intamba mu rugamba batarenza imyaka 20 wasezereye gihugu ca Afrika yepfo kubitsindo bibiri kubindi. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Gitugutu 2023 Isaha icenda ( 15h00) , niho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.