Abarimyi bo muri iyo komine y'intara ya Bubanza barashima ko muri iri rima ryambere ry'agatasi ata kibazo c'ifumbire y'ihinguriro FOMI kihari .N'uburongozi bwa commune burashima, kuko iyo commune…
Uyo mukinyi w'imyaka 32 yahagaritse, yakinye mu mirwi itandukanye ya buraya ,atangaza ko ivy'umupira w'amaguru yabihagaritse burundu. Uyo mukinyi yamuka mu Gihugu c'ububirigi yabigize umwuga Eden Hazard…
Bamwe mubanyagihugu bo mu kigwati c'amahoro c'i Rumotomoto muri komine Gihanga intara ya Bubanza baranegura ko barihishijwe amafaranga y'amande bavuga kwari menshi agera kubihumbi 50 ku muntu basanze adafise…
Umurwi Magara Young Boys ibintu bibandanya bigenda nabi Ku ndwi igira munani y'ihiganwa rya primus League mu gihe yoyo Vital'o Fc igira iti:" ihangiro ni ryarindi nyene" Inyuma y'aho…
Kuri uwu wagatanu igenekerezo rya 7 Gitugutu 2023 ,niho hari hatunganijwe ihiganwa ryo kwinonora imitsi, ihiganwa ryatunganijwe n'ubuserukizi bwa Nigeria mu Burundi bufadikanije n'ishirahamwe ry'abanonotsi mu…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 7 Gitugutu 2023, umuririmvyi Natacha Burundi niho yakirwa ku kibuga c'indege ca Bujumbura, aho yari aganutse avuye mu Butariyano . Mu majambo yashikirije, yabanje gushimira abanditsi…
Agahinda k'abafana batari bake ba Big Fizzo, kagiye guhera, kuko Indirimbo ya mbere ya Big Fizzo ishobora gukwiza Views 1,000,000 umwanya uwariwo wose. Mu kiganiro Big Fizzo yaheruka gutanga aha bagenzi bacu bakorera…
Sat-b ngo igihe ntikirarengerana ngo abashe kuja gukora rwa ruhererekane rw'ibiteramo ku mugabane w'uburayi. Ku bavyibuka haraheze igihe hari amakuru avugwa ko Sat-b agiye gukorera uruhererekane rw'ibiteramo ku…
Kuri uyu w'Imana I Kigali mu Rwanda, umukozi w'Imana azwi kw'izina rya Apotre Yongwe yatawe muri yompi nkuko ibinyamakuru vyavyanditse. Amakuru atangwa n'urwego rw'igihugu rukurikirana ivy'ivyaha…
Ku mugoroba wo Kuri uyu wa Kabiri niho ya Ndirimbo yari igize imisi irindiranywe igishika cinshi n'abatari bake yahavuye isohoka, iyo nayo ni Faible ya Monia Fleur na Big Fizzo. Iyo ndirimbo yaririndiranywe igishika…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.