Hampande yo gusezerera umurwi nserukira gihugu wa Éthiopie mu nkino zo kurondera itike ryo gukina igikombe ca Afrika,inkino zikazobera mu gihugu ca Maroc 2024, abamenyereza babiri Alain Olivier NIYUNGEKO "Mutombora"…
Agahamagazo ka The Ben kahavuye ngo gafatwa n'abajejwe umutekano, inyuma yaho havugiwe ko kibwe, ariko Kandi hakananuganurwa umwe mu baririmvyi bari bicaranye ko ariwe yayivye. Mu makuru yatangajwe, hamenyekanye ko The…
Mu kiganiro " Indundi Hit Show" Co kur'uyu wa Kabiri igenekerezo rya 03/10 2023, umutumire umuririmvyi Magic Soldier Kingorongoro . Muri ico kiganiro ahanini bagarutse k'umuzingo w'indirimbo (Album)…
Abamenyeshamakuru b'abanya Kigali batari bake babashije kuboneka I Bujumbura, bamwe bagirizwa gushaka kwica ico giteramo, ariko abandi bazanywe no kurondera amakuru ku bijanye n'ico giteramo. Haraheze imisi uwo…
Kuva kuri iyo ndwi yaraye irangiye, biciye ku buhinga ngurukanabumenyi, niho havugwa ko abashaka gufata ingendo mu mahanga bazohora bagura amatike mu mafaranga mvamakungu. Mu bibazo babajije umushikiranganjo wa mbere Gervais…
Ibimenyeshamakuru si vyinshi vyabashije Kuza biravuga ikibiriraho amakuru y'ivyariko biba mu biteramo vya The Ben, uretse gusa amakuru mabi mabi yagiye akwiragizwa hirya no hino. Ukwo kuntu ibimenyshamakuru bitabashije…
Bamwe mubarimyi bo muri komine Kabezi yo mu ntara ya Bujumbura basaba gushigikirwa mukuronswa imbuto kuko bemeza ko muri kino gihe c'irima imbuto zizimvye abandi nabo bakaba batashoboye kuzibika kubera ubukoko bwateye…
Mu kiganiro "indundi Hit Show" co kuri uyu wa mbere, twagendewe n'umuririmvyi rurangiranwa mu midiho itandukanye inakunzwe cane, haba ku rwaruka canke abakuze na rirya yakoze kuva kera. Nassor Salum…
Kuri uyu wambere igenekerezo rya 02 Gitugutu 2023, ku cicaro c'ubuserukizi bw'igihugu ca Nigeria mu Burundi, hatunganijwe ikiganiro ku banditsi n'abamenyeshamakuru, mu ntumbero yo guhimbaza isabukuru…
Mugihe ishirahamwe amazi water rifadikanije na reta y' u Burundi ririko ritanga amazi ava mukuzimu muma karitiye atandukanye y'uburaruko bw'igisagara ça Bujumbura abanyagihugu bo muri zone Buterere komine…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.