Big Fizzo naho we ata Mutima mubi yavyandikanye, ariko bamwe mu babonye ubutumwa yarungikiye Kidum babubonyemwo amakosa. Ukubona Big Fizzo na Kidum kwi foto imwe, vyatumye abafana basaba ibirengeye ivyo bari bahawe biciye…
Ndayizeye Lellie Ari nawe Miss Burundi 2023, baramugabuye Inyama Kubera Twitter aheruka kwandika. Uwo mwigeme yatwaye igitsibo ca Miss Burundi 2023, aheruka kwandika Kuri urwo rubuga ruheruka guhabwa akazina ka "X"…
Big Fizzo nawe ashizwe mu gitigiri c'abasuma nka Diamond Platnumz aheruka kwagirizwa ubusuma na benewabo bo mu burengero bwa Africa. Ku rubuga rwa Facebook rwa Manager Jackson, haheruka gushirwako Post yagaruka…
Mista Champagne ntiyorohewe ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho yabaza nimba mu kwezi kw'8 yosubira Kandi kugarukana Kajala hano iwacu. Uwo Mugabo bisanzwe bizwi ko afise amamuko muri Congo, ntiyorohewe n'abashobora…
Ibikorwa bishasha ngo vyoba biriko birategurwa, bigiye gushirwa ahabona, ivyo nivyo tubona biheruka gushikirizwa na Emelance Emy hamwe na DJ Jackson. Akoresheje Facebook yiwe, Manager Jackson aheruka kumenyesha ko Emelance…
Ishirahamwe rya ONU rijejww igwirirana ry’abantu kw’isi UNFPA Burundi rifadikanije n’Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ( FFB) babateguriye ihiganwa rito ry’abigeme bitiriye izina rya Women Sumer Cup , . Iryo higanwa…
Umugwi w’umupira w’amaboko w’ishure rya Cubahiro International niwo waraye utahukanye igikombe ca Cubahiro international School Youth Cup. Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 25 Mukakaro 2023 Isaha icenda 15h00 kw’ishure…
Akavuze abarundi ngo Iteka aho ryamye. Umunezero ni wose Kuri Alvin Smith, kuko ngo Emery Sun yemeye kumwandikira Indirimbo, ata n'urukoroka atanze. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'uwo muririmvyi w'akadaje…
Ba bahungu ba Big Fizzo, Drama T na Double Jay bashimye gukenyura kumwe abafana b'abo. Mu misi iheze, imbere Yuko hasohoka Indirimbo Itamporize igeze ku Miliyoni 2 n'ibihumbi 400 vy'ama Views Kuri YouTube ya…
Mu misi iheze, aho umwigeme Ngabirano Belle Ange Edissa yafashe ikibanza c'icababa ca 1 ca Miss Burundi, ariko Kandi akaba na Miss Ngoma, yashira ahabona izina ry'umugambi wiwe agiye gukora, Nelly Nat yabaheye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.