Muri iyi ndwi twaraye turangije, niho hatanguye kwumvikana amakuru ko uwo muganwakazi yagizwe umuserukizi adasanzwe w'Uburundi, Ambassadeur itti érant. Abantu batari bake bakaba bataretse kumukeza, bakavuga ko…
Yann Santana ngo biracari kure nk'ukwezi, kugira abaririmvyi b'abarundi binjize amafaranga biciye muma Buzz baba bakoze. Ivyo uwo mumenyeshamakuru akaba aheruka kubishikiriza ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo…
Big Fizzo nta giteramo yakoreye I Kigali, nkuko vyari vyitezwe muri ino ndwi twaraye turangije. Kuri uyu wa 4 na 5 myandagaro, I Kigali mu rwnada, ahitwa Cana Olympia, hari haramutse habera Hill Festival, yari yatumiwemwo…
Naho Sat-b we yakomye akaruru ko urubuga rwiwe rwa Facebook rwibwe, bamwe mu bakoranye nawe bavuga ko kwari ukwigirisha, batanga ico bibaza ko cari cinyegeje inyuma. Wanada yakoranye na Sat-b nk'uwo bafatanya akazi(…
Indirimbo nshasha ya Big Fizzo, Superman, yinjiye mu gitigiri c'indirimbo zarondewe cane Kuri uyu wa gatanu. Hampande yo kuba yafashe ikibanza ciza Kuri Boomplay hano iwacu muri ino misi, iyo ndirimbo nyene I Kigali mu…
Ubwo Issa Jamal benshi muzi nka Yoya, yoba agiye gusubira Kandi kugaruka mu Muziki nkuko vyahora? Ico Nico kibazo twokwibazwa kubera Indirimbo nshasha yashize ahabona. Uwo muririmvyi abarizwa ku mugabane w'uburayi, neza…
Alvin Smith akaba agiye mu gitigiri c'abandi baririmvyi bafise Bleu Tick ya Instagram, ico bakunze kwita kuba Verified. Uwo muririmvyi akaba yavyerekanye Kuri uyu w'Imana ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho abatari…
Igaruka rya Dudu Niyukuri mu Muziki Kandi, ryatanguriye ku mugisha ukomeye, kuko Indirimbo yatanguriyeko yabaye iya mbere ikunzwe Kandi inakurukiranywe cane. Indirimbo Ayayaya iza mu kibanza ca mbere mu ndirimbo za Gospel…
Bwabundi ong Big Fizzo yarasavye ikigongwe Drama t kubera bimwe yavuga Kuri Status ya Whatsapp. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Drama t ubwiwe. Mu kiyago yagiranye na The Choice Live dans gihugu kibanyi c'Urwanda,…
Indirimbo ibiciro ya Kaka boney isubiye gukundwa kundi gushasha, kuko irimwo amajambo ariko arakoreshwa na benshi mu gushikiriza akari ku Mutima kubera iduzwa ry'ibiciro. Inyuma yaho hamenyekaniye ko ihinguriro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.