Indirimbo nshasha ya Big Fizzo, Superman, yinjiye mu gitigiri c'indirimbo zarondewe cane Kuri uyu wa gatanu. Hampande yo kuba yafashe ikibanza ciza Kuri Boomplay hano iwacu muri ino misi, iyo ndirimbo nyene I Kigali mu…
Alain Olivier Niyungeko ( Mutombola ) , umumenyereza wa kera w’Intamba mu rugamba yavuze ko umugwi nserukira gihugu wa Cameroun uriko wumva ubwoba budasanzwe ku mugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba . Imvo ni uko urwo…
Ubwo Issa Jamal benshi muzi nka Yoya, yoba agiye gusubira Kandi kugaruka mu Muziki nkuko vyahora? Ico Nico kibazo twokwibazwa kubera Indirimbo nshasha yashize ahabona. Uwo muririmvyi abarizwa ku mugabane w'uburayi, neza…
Inyuma y'amezi agera kuri abiri atabarizwa mu Burundi, umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA yatahutse ava Ku mugabane wa Bulaya , akaba yakiranywe akanyamuneza kuri uwu w'Imana igenekerezo rya 06 Myandagaro. …
Alvin Smith akaba agiye mu gitigiri c'abandi baririmvyi bafise Bleu Tick ya Instagram, ico bakunze kwita kuba Verified. Uwo muririmvyi akaba yavyerekanye Kuri uyu w'Imana ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho abatari…
Igaruka rya Dudu Niyukuri mu Muziki Kandi, ryatanguriye ku mugisha ukomeye, kuko Indirimbo yatanguriyeko yabaye iya mbere ikunzwe Kandi inakurukiranywe cane. Indirimbo Ayayaya iza mu kibanza ca mbere mu ndirimbo za Gospel…
Bwabundi ong Big Fizzo yarasavye ikigongwe Drama t kubera bimwe yavuga Kuri Status ya Whatsapp. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Drama t ubwiwe. Mu kiyago yagiranye na The Choice Live dans gihugu kibanyi c'Urwanda,…
Jean Berchmans Manirakiza, icegera c'uwurongoye ihuriro ry'abarundi baba mu mahanga "Diasopora Ndundi" arerekana umu diaspora w'ukuri. Manirakiza amenyesha ko umurundi w'ukuri aba mu mahanga ari…
Indirimbo ibiciro ya Kaka boney isubiye gukundwa kundi gushasha, kuko irimwo amajambo ariko arakoreshwa na benshi mu gushikiriza akari ku Mutima kubera iduzwa ry'ibiciro. Inyuma yaho hamenyekaniye ko ihinguriro…
Ivyabaye Kuri Bruce Melodie I Gitega, ntiyabisize ngaha, ahubwo yanabijabukanye I Kigali iwabo. Nkuko twabashije kubibona, Bruce Melodie yavuze ko ababajwe cane no kuba ikinyamakuru yarasanzwe yemera nk'Igihe, candika…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.