Akavuze abarundi ngo Iteka aho ryamye. Umunezero ni wose Kuri Alvin Smith, kuko ngo Emery Sun yemeye kumwandikira Indirimbo, ata n'urukoroka atanze. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'uwo muririmvyi w'akadaje…
Ba bahungu ba Big Fizzo, Drama T na Double Jay bashimye gukenyura kumwe abafana b'abo. Mu misi iheze, imbere Yuko hasohoka Indirimbo Itamporize igeze ku Miliyoni 2 n'ibihumbi 400 vy'ama Views Kuri YouTube ya…
Mu misi iheze, aho umwigeme Ngabirano Belle Ange Edissa yafashe ikibanza c'icababa ca 1 ca Miss Burundi, ariko Kandi akaba na Miss Ngoma, yashira ahabona izina ry'umugambi wiwe agiye gukora, Nelly Nat yabaheye…
Drama t amaze imisi yagize Kigali muhira ha Kabiri aheruka gushirwa mu gitigiri c'abaririmvyi bazoboneka mu giteramo citiriwe Ally soudy & Friends. Ico giteramo kizobonekamwo abaririmvyi batari bake barimwo na Bruce…
Abari mu bwongereza n'abo ngo bagiye kubona umuririmvyi Fortran Bigirimana, kuko yahamagawe kuhakorera igiteramo. Nkuko twabashije kubibona ku rubuga rwiwe rwa Facebook, Fortran Bigirimana, agiye kuzokwitabira ubutumire…
Muri uku kwezi abaririmvyi batari bake bakaba bagize amasabukuru y'amavuko, Barimwo Big Fizzo yayigize uno musi wa Kabiri. Hampande y'abandi, Big Fizzo we akaba yahavuye ashira ahabona imyaka y'amavuko akwije,…
Mu gihe hasigaye imisi mike kugira hahimbazwe indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga Myandagaro 2023, uruganda rwa Indundi TV rwa vumbuye umu diaspora w'invukira ya Ruyigi , aba Ku mugabane wa America ariko ateza imbere…
Abakunzi b’ibiganiro vy’inkino bica kuri Indundi Tv , bahurikiye muri groupe whatsapp ya Indundi Sports Fans baraye bakoze amateka adasanzwe . Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2023 , niho abakunzi…
Ni kuri uyu wa kane igenekerezo rya 20 Mukakaro 2023 bamwe mu barongoye ishirahamwe ry'aba Diaspora, Manirakiza J. Berkimas icegera c'uwutwara iryo shirahamwe Secrétaire général, Willy Ndabaniwe hamwe na madame…
Amakenga atanguye kuba menshi ngaho hanze kubera ibura ry'ama Video y'ibikorwa Drama t ariko arakorera I Dubai, aho amaze imisi. Nkuko bitanguye kuboneka ku rubuga rwa Facebook, aba Promoter bamwe bamwe batanguye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.