Abagabo babiri bari muri Staff y’Intamba mu rugamba batanze imihoho inyuma yo gutsindwa na Cameroun ibitsindo 3-0. Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 13 Nyakanga 2023 , niho hamenyekana amakuru avuga ko Patrick Sangwa yahora…
Big Fizzo inyuma yaho amenyeshereje muri Indundi Hit show ko Indirimbo za Hip hop zuzuye ngo igihe nicagera zizosohoka, kuko nkuko abarundi bayamaze inkoni ihira igihe, yateje uruhagarara Kuri Facebook yiwe, kubera video…
Nelly Nat azwi cane nk'umunyarusaku ngo nta wokwemera kumushira mu nzu, naho bomuzanana amafaranga. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bagize ico bashikiriza Kuri Post yakozwe n'uwitwa Umuhirwa Kuri…
Umugabo azwi nka Kazungu I Kigali mu Rwanda, yafashwe n'inzego z'umutekano zifatanije n'urwego rujejwe iperereza, kuko yagirizwa gusambanya abakobwa akanabica. Abakobwa bagera Kuri 12, nibo banuganugwa ko…
Urwaruka mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ngo rugize igihe rwishoye mu busambanyi cane, aho amayeri abandanya aba menshi gusumba, nkuko ibinyamakuru muri ico gihugu bibishikiriza. Amwe mu mayeri agize igihe akoreshwa,…
Umuririmvyi The Ben ngo aritezwe I Bujumbura mu misi iri imbere, nkuko vyatanguye kunuganugwa n'abatari bake, noneho bikemezwa n'iboneka rya Cover ya Conference de Press yitezwe Kuri uyu wa Kabiri. Iryo nuganugwa…
Big Fizzo ngo niwe wenyene afise ubushobozi bwo gushikana umuririmvyi ku rugero rushimishije mu Burundi, ngo nta wundi abishoboye. Ncuti ya bose agize igihe azwi nk'umu Promoter Ari mu bakunzwe mu gihugu, yavuze ko Big…
Ba bakinyi ba Handball b'abarundi baheruka kuzimirira muri Croatia aho bari bagiye gukina inkino mpuzamakungu zawo, bamenyekanye iyo bari. Inyuma y'indwi 3 gusa baburiwe irengero, ngo bageze mu Bubirigi aho bamaze…
Alvin Smith akaba nawe ahambije abandi mu gitigiri c'abaririmvyi bafise Indirimbo zimaze gukwiza Views 1,000,000. Iyo ndirimbo ikaba imuteye iryo teka ikaba ari "Akadaje", yakoranye n'umuririmvyi…
Umuririmvyi w'umunyarwanda Israel Mbonyi, nawe ngo agiye gutangura gukora cane Indirimbo ziri mu rurimo rw'igiswahiri, ivyo. Uwo muririmvyi w'umunya Mulenge akunzwe muri b'ino bihugu vy'akarere ka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.