Mu gatondo ko kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 08 nzero 2024 ku kibuga c'ubuhinga mu Ngagara CTN, umurwi nserukiragihugu usanzwe umenyerezwa na Alain Olivier Niyungeko, asanzwe kandi amenyereza umurwi Bumamuru FC,…
Mugihe muri kino gihe mu gihugu ca Tanzania bageze mugihe c’igura n’igurishwa ( Mercato), umugwi Mtibwa Sugar nawo ngo woba wamaze kwikorako k’umunyegori w’Intamba mu rugamba Justin Ndikumana. N'inkuru yatanzwe ubwa…
Mu mpera z'umwaka wa 2023 kingorongoro yaratewe iteka ryo guteramisha abakunzi biwe baba muri Afrika yepfo mu binza bitatu bitandukanye igenekerezo rya 31 Kigarama 2023, n'igenekerezo rya 1 Nzero 2024. Icagiye…
Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD- FDD abona ko hari amashure menshi y’indaro ubu arimwo abanyeshure bake , mbere ugasanga n’ibirasi bigaragara.Mukiganiro yatunganije kubamenyeshamakuru kw’igenekerezo rya 02 Nzero…
Muri komine Nyabiraba, haracibonekeza amatati y'amatongo, 0abanyagihugu bavugako ari bake wosanga badafise icokibazo.Kugira ayo matati agabanuke canke ahere, igisata ntunganyamatongo ca komine Nyabiraba muntara ya…
Umuririmvyi Tomson The Voice ari umutumire mu kiganiro Indundi hit show co ku wa kane igenerekerezo rya 4 Nzero 2024 igihe c’isaha umunani (14h00) kuri Radio Indundi Culture kugira avuge kubijanye n'amasanamu…
Uwurongoye igipolisi muri komine Giharo yaragandaguwe atemaguwe ku mugoroba wo kw'igenerekerezo rya 2 Nzero umwaka wa 2024 atemagujwe imipanga ku mutumba Nkanka aho yagorobeje mu mirima yiwe .Abantu 9 bari bamaze gufatwa…
Umugwi Vital’o Fc uhejeje gutsindwa n’umugwi Azam Fc mu rukino rugira gatatu rwo mw’itsinda A. Hari kuri uyu wa kabiri Igenekerezo rya 02 Nzero 2024 igihe c’isaha icenda n’iminota cumi n’itanu ( 15h15min) ku kibuga New…
Nk'uko bishikiraizwa n'a bamwe mubanyagihigu bo muri zone Bigina ya komine Kayogoro mu ntara ya Makamba ,bamwe mubasanzwe baba aho Ubu bikora kumazi y'inzuzi ayo nayo akaba ashobora kubatera indwara…
Abantu bagera kuri 20 bitavye Imana mugitero cabereye mu gice ca Vugizo muri zone Gatumba bahambanywe iteka mw'itongo ry'abapfuye ry'i Warubondo. Ababuze ababo bari mugahinda, bakavuga ko bagitekewe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.