Birangiye umumenyereza Ismail Nduwantare agarutse muri Magara Young Boys Uwo mumenyereza wa kera w'umurwi BUMAMURU, yahavuye yerekeza mu murwi Magara Young Boys. Imaze kuduga mu cicaro ca mbere arko naho nyene nta gihe…
Mu gihe ihiganwa rikuru Primus Ligue Burundi 2023-2024 rigeze kundwi yaryo igira indwi, ibitangaza bibandanya kwibonekeza . Primus Ligue itanguranye uburemere budasanzwe mw'ifatwa z'ingingo zikomakomeye mu migwi…
Magic kingorongoro n'umuririmvyi yamenyekanye mu mudiho wa Rap, amaze imyaka itari mike akorera mu muziki w'Uburundi, amaze gusohora indirimbo nyinshi ariko ntiyari bwasohobore gusohora urukurikirane rwazo (album).…
Dynamo igiye kwigina igikombe cayo ca Play Offs yatsindiye. Umugwi Dynamo BBC watahukanye igikombe ca Play offs wateguye umusi mukuru wo kwigina igikombe cabo . Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Nyakanga 2023 igihe…
Aya niyo makuru ava muri Tthe Fighter production" irongowe na Happy Famba, irimwo umuririmvyi Vichou Love mwari mumenyereye cane mu murwi Peace and Love. Happy Famba yavuze ko kw' igenekerezo rya 28 Nyakanga 2023,…
Amezi ariko arababa atatu ubwato bwa mbere bwakorewe muri ico gice c'intara ya Bujumbura n'ishirahamwe Musumba_Holding burungitswe mu kiyaga Tanganyika. Ab'aho bavuga ko bukigenda baryohewe cane kubona umugambi…
Big Fizzo ngo naho The Ben azoba ariwe nyene igiteramo kigiye kuzobahuza, ngo araba maso, kuko hari intare 2, agiye kuzosanga I Bujumbura. Mu kiganiro Big Fizzo yaheye umumenyeshamakuru Chita yaherekeje umugwi uje kuraba uko…
Umurwi nserukiragihugu w'abigeme intamba mu rugamba urikumwe n'umumenyereza Alain Olivier Niyungeko wamaze gushika mu gisagara ca Bujumbura, aho wari witabiriye inkinzo zo gukurakuranamwo mukurondera itike yo…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba umugwi w’abigeme uhejeje gusezerera igihugu ca Ethiopia Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 26 Nyakanga 2023 igihe c’isaha umunani n’igice 14h30 , aho umugwi nserukira gihugu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi (FFB) rihejeje kumenyesha abarundi bose n’abakunzi b’umupira w’amaguru ko uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w'amaguru kw’isi ( FIFA) Gianni Infantino ko azogendera igihugu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.