Umuyobozi mukuru ajejwe ivy'ingenzi Jacques Bigirimana yamenyesheje kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 nyakanga, ko kubona imamfu 20 zahungishirijwe muri Kenya kuva mu myaka ya 1995 ari agahombo ku butunzi…
Ubushikiranji muvyo bujejwe harimwo amasoko ntanganguvu, ubutare n'agataka, burabeshuza ko atamugambi wo kuduza igitoro uhari. Mu kiganiro umushikirangaji Ibrahim Uwizeye yatanze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22…
Igihugu c’Uburundi catakaje ikibanza kimwe ku rutonde ruhora rusohorwa na FIFA buri ukwezi, rwerekana ingene ibihugu biba vyasumbanye amanota ku rwego rw’isi. Igihugu c’Uburundi cavuye mu kibanza ca 140 cahoramwo kija mu…
Umukinyi w’umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba Sudi Abdullah, yaguzwe n'umugwi wa Al Ittihad Misurata wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Libiya . Uwo mukinyi akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo…
Abashingamateka babajije ibibazo umushikiranganji w'amagara y'abantu kuri uyu wa kabiri bavuze ko bitumvikana ingene abantu boba bagipfungirwa mu bitaro kubera bananiwe n'ukubiriha mu gihe ca none isi igana…
Umumenyereza w’umugwi Aigle Noir Cs Vivier Bahati aridogera umuhagarikizi yahagarakiye urukino rwa CAC Confederation Cup rwahuje Stade de Malien hamwe na Aigle Noir Cs. Mu kiyago yakoranye n’ikimenyeshamakuru Akeza…
Kuva aho ubushikiranganji bw'indero busohoreye urwandiko rwugara igisata c'abana bimenyereza (section maternelle) kw'ishure ry'itiriwe Musenyeri Victor Scheppers riri muri zone ya #Gihosha mu buraruko…
# Indundi Sports | Urutonde rw’abaUmumenyereza w'umurwi nserukira gihugu "Intamba mu rugamba "Alain Olivier Niyungeko yasohoye urutonde rw'abakinyi mirongo ibiri bagiye mu gihugu ca Ethiopie gukina urukino…
Mkombozi n’umuririmvyi asanzwe avuka i Nyanza Lac , kuva i Nyaza urugendo rwiwe rw’umuziki rwa mushikanye i Bujumbura arakora ivyatumye mu Burundi bose bamumenya ndetse n’ibihugu duhana imbibe biramumenya biciye mu ndirimbo…
Indirimbo yahawe akazina ka Album nshasha ya Apotre Apollinaire, igiye gusohorerwa amasanamu, iyo nayo s'iyindi, n'iyitwa "Ubuntu Bwawe". Umuririmvyi akaba n'umukozi w'Imana Apostle Apollinaire…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.