Mu kiganiro " Indundi Hit Show" co kuruyu wambere ihenekeeezo rya 25 Nyakanga twari twagendewe n'umutumire adasanzwe ku nsamirizi yanyu mukunda Indundi culture FM, uwu nawe si uwundi n'umuririmvyi…
Inyuma yaho Umurwi BUMAMURU utsindiwe mw'ihiganwa rya CAF CHAMPIONS LEAGUE usubiye kuronka inota rimwe ku kibuga Urunani mu ntara ya Cibitoke. Kundwi ya gatandatu mw'ihiganwa rikuru ry'igihugu Primus Ligue…
Igihugu c’Uburundi caraye citabiriye inkino z’igikombe c’isi za Criket zigiye kubera mu gihugu c’Ubuhindi . Hari kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 22 Nyakanga 2023 , niho umugwi nserukira gihugu w’Uburundi w'abakiri…
Umumenyereza w’umugwi wa OGC Nice ukinamwo Youssouf Ndayishimiye, yagize ico ashikiriza kuri uwo mukinyi . Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 nyakanga 2023 isaha zitatu z’ijoro ( 21h00), aho umugwi OGC Nice wari…
Bamwe mubarimyi b'igiterwa cumuceri bo muri zone Rukaramu komine Mutimbuzi muntara ya Bujumbura bavuga ko bahomvye k'urugero rurenze mwirima riheruka ( saison culturale B). Abo barimyi basigura ko urwo ruhombp…
Kizigenza wa kera w’Intamba mu rugamba Valery Nahayo yarungitse ubutumwa bukomeye inyuma y’imisi mike atanze imihoho muri Staff y’Intamba mu rugamba . Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Nyakanga 2023 , niho kizigeza wa…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Nyakanga 2023 Isaha Icenda n’iminota mirongo ine n’itanu ( 15h45 ) ku kibuga ca Saint Augustin, 17 Combat izokwakira Mutakura Fc ; ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 23 nyakanga 2023…
Don brighter n'umuririmvyi w'umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu makungu neza na neza muri Leta zunzubumwe z'Amerika. Don Brighter uretse ko aririmba, asanzwe anafasha abafise Impano muri label yiwe yise…
Inyuma yaho uwo mukinyi wa kera w'imyaka 19 mu murwi BUMAMURU wo mu ntara ya Cibitoke atsindiye ibitsindo vyinshi, hari Umurwi wari wamugomwe wo mu gihugu ca Egiputa mu murwi Al ittihad. Alexandria birangiye…
Hari umugabo w'imyaka irenga 40 yatowe ikiziga mw'ijoro ryo kuwa 21 rishira 22 Ku mutumba Musave mu gisagara ca Kayanza,mu gipolisi bakavuga ko atavyemezo biboneka ko yona yapfuye agandaguwe. Ikiziga c'uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.