Iboneka ry'umukuru w'igihugu ku rubuga rwa YouTube rwa Juste Gael bita Umukubito, ntiryavugushije abanya Kigali gusa nkuko twari twabivuzeko mu misi iheze gusa, ahubwo n'abarundi n'abo ntibabibonye kumwe.…
Bigama Alvin nawe ntiyorohewe kuri Twitter kubera ifoto aheruka gushira ahabona kuri urwo rubuga. Uwo munyamideri w'umurundi abarizwa mu bufaransa, aheruka gusangiza ifoto yiwe Kuri Twitter, ifoto itavuzweko rumwe kubera…
Kuvuga Kwa Mutima ko yibarutse, vyateje uruhagarara Kuri Twitter, nkuko twabashije kubibona. Nkuko bimenyerewe Kuri Twitter, co kimwe no kuri Facebook, iyo hari ikintu kibaye, abantu babivugako cane, rimwe na rimwe bakanavuga…
Impari zabaye zose Kuri Twitter kuva hamenyekana ko umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, yahaye ikiganiro umu YouTuber w'umurundi azwi nka Juste Gael, akoresha urubuga rwa YouTube rwitwa Umukubito. Kuri urwo…
Bamwe barimwo Cedric Bangy, riraniga ngo abarundi ntibizera abaririmvyi ngo n'abo bashirwe mu mabanga akomakomeye y'igihugu, nkuko biriko biraboneka mu bindi bihugu. Kidum nawe ngo niyizerwe n'abatwara…
Umunonotsi w’Umurundikazi Francine Niyonsaba yaraye akeje mugenzi w’umu nya Africa y’epfo Caster Semenya. Impamvu yamukeje ari uko uwo munya Africa y’epfokazi ku rubanza aherutse gutsinda inyuma yo kwitwarira…
Mugihe Mkombozi akiri mu rugendo mu gihugu ca Tanzania inkuru y'umunezero yamusanzeyo. Nkuko yavutse mu kwezi kwa Mukakaro igenekerezo rya 24 ni nakwo kwezi nyene yaronkeyeko ikibondo kw'igenekerezo rya 12 Mukakaro…
Nshimirimana Ismail batazita Pitchou ni umukinyi mushasha w’umugwi wa APR Fc . Amakuru yashikiriye Indundi Sports kandi yemezwa n’abari mu mugwi wa APR Fc avuga y’uko umugwi w’igisirikare c’Urwanda wamaze kugura umukinyi…
Inkino za Teqball ziza zamaze gushika no muri Kaminuza y’Uburundi . Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 08 Mukakaro 2023 , niho hasozerwa inkino za Teqball inkino za Triangulaire zihuza abanyeshure biga mu gisata co…
Bigirimana Abedi umukinyi wo hagati w’Intamba mu rugamba ashobora gusinyira umugwi wa Police Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Amakuru indundi Sports ikura mu gihugu c’Urwanda avuga ko umugwi wa Police Fc…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.