Ikibazo cagumye cibazwa ko Irebe Company yoba yaraguzwe na Dicobu Samwel Ndayiragije yabihakanye. kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Mukakaro 2023 ku kibuga c'indege i Bujumbura Samuel Ndayiragije niho yakigwa…
Umugwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba wa Handball w’abatarenza imyaka 19 uriko witegurira inkino z’igikombe c’isi kizobera muri Croatie , ugiye gukina urukino rwa gicuti n’umugwi nserukira gihugu w’Urwanda mu batarenza…
Nshimirimana Ismail batazita Pitchou ni umukinyi mushasha w’umugwi APR Fc . Amakuru yashikiriye ikimenyeshamakuru canyu Indundi Sports kandi yemezwa n’abari mu mugwi APR Fc avuga ko umugwi w’igisirikare c’Urwanda wamaze…
Umukinyi w’intamba mu rugamba Nshimirimana Jospin yaguzwe mu mugwi Adana Demirsport ukina mu cicaro cambere mu gihugu ca Turquie . Amakuru Indundi Sports yaronse nuko uwo mukinyi amaze gushira umukono ku masezerano yo…
Umunyegori wa Bumamuru Fc Ndikuriyo Patient yerekeje mu mugwi Amagaju Fc mu gihugu kibanyi Urwanda. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 05 Mukakaro 2023 , aho uwahoze ari umunyegori wa Bumamuru Fc Ndikuriyo Patient…
Abagiye badukurikirana kuva Dutanguye kubabwira ibijanye n'isabukuru "Dukunde Uburundi" amagenekerezo yarahindutse ndetse nahari Irebe company hari Dicobu uti bigiye kugenda gute? Isango ryahindutse ahari…
Pacifique Nzitonda, ngo abaririmvyi nka Drama T bari bakwiye kuba maso, kuko bataravye neza, abari inyuma yabo nka D One bashobora kuzoguma bahagaze neza, inyuma y'imyaka itari mike ariko bo barahawe umugongo…
N'abagabo nabo ngo barafise inkuru zo kuvugwa kurya abagore bazifise, none ngo nibahabwe ijambo, nkuko abagore barihawe mu kinyamakuru Siren Vibe. Ivyo n'ibiheruka gusabwa n'uwushobora kuba ari umugabo muri…
Ukutaboneka Kwa Big Fizzo mu giteramo ca Drama T mu Bubirigi, binaheruka kwemezwa na Drama T ubwiwe, ngo vyari bisiguritse nkuko biheruka gushikirizwa n'igicocoro Pacifique Nzitonda, aho yashikirije Imvo zimwe zatumye…
Mr Champagne umwanditsi w'indirimbo "Bitu biko Bien"Maricelina yakoranye na Big Fizzo n'izindi nyinshi vyamwanse mu nda ngo agiye gusanga abakunzi biwe iyo baba ngo akorere ibiteramo muri Quartier hafi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.