Bamwe mu bakoresha ibicurarangisho kavukire bavuga ko bimwe bimwe bishobora kuzimangana burundu .Bakabona ko hari hakwiye utwigoro mu kwigisha urwaruka rukiri ruto kuva rukiri mu mashure shingiro.Ubushikiranganji…
Bamwe mu bacukura urucekeri ku mutumba Gakungwe zone Ramba komine Kabezi y’intara ya Bujumbura bazindutse bitura ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 27 Ruhuma umwaka wa 2024 umushikiranganji w’ibidukikije kugira abarenganure…
Amahegitari 27 y'icayi ni yo amaze kurandurwa n'abarimyi mu makomine ya Muruta na Kabarore yo mu ntara ya Kayanza . Ivyo bigaterwa n'uko bamwe mu barimyi badashimishwa n'igiciro baronka ku kiro…
Kaneza Monna azwi kw'izina rya Mow Kenzie yatanguye ari icamamare k'umbuga ngurukana bumenyi nk'umukobwa mwiza azi kwamamaza ibidandazwa bitandukanye munyuma yaho yahavuye aba n'umuririmvyikazi bimuha…
Kizigenza wa kera w’umugwi LLBS4A Harerimana Rashid Leon yahagaritse Ibijanye n’ugukina umupira w’amaguru biturutse Ku ngwara y’umutima. Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2024 , niho umukinyi w’umupira…
Bamwe mu banyagihugu bo muri Komine e Makamba batahora bijukira ubyo butangwa kubijanye n'irondoka rijanye n'amagara meza bavugako bagiye gusubira kubwijukira. Naho biruko, bavugako hari ubyo bugira ingaruka mbi…
Akanama kajejwe indero mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muburundi FFB kafatiye ibihako umumenyereza wa Bumamuru Fc Alain Olivier Niyungeko. Alain Olivier Niyungeko ( Mutombola ) yahanishijwe n'ako…
Abakinyi 3 ba Flambeau du Centre hamwe n’umufana wabo bafatiwe ibihano n’akanama kajejwe indero mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB . Abo bakinyi ni Ndayishimiye Abdoul , Muryango Moussa hamwe na Sinzobakwira…
Bamwe mubasanzwe bahingura imigeto muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura basaba gushigikirwa kugira umwuga wabo ushike kure.Abo bakora imigeto basaba kuronswa aho bakorera gutyo kandi harwizwe n’ibiti vy’imigano basanzwe…
Bamwe mu barimyi b’itomate bo k’umutumba wa Nyabunyegeri muri zone Rubirizi muri komine Mutimbuzi y’intara ya Bujumbura basaba ko igiciro c’imiti yo gupompa hanyuma hagaheza hagakorwa n’ubushakashatsi kugira haboneke ubwoko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.