Umugwi Buja Queens wari waserukiye igihugu c’Uburundi mu nkino zo ku mugabane wa Africa mu karere ka Cecafa Africa y’ubuseruko warangije iryo higanwa uri mu kibanza ca 3. Hari kuri uwu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya…
⚽️Ihiganwa ry’amahoro ku misore yo mu gisagara ca Bujumbura rigiye kubandanya . ⚽️Kuri uyu wa gantandatu no ku w’Imana uza amagenekerezo ya 02 na 03 nyakanga 2023 , ihiganwa ry’ amahoro ry’imisore yo mu gisagara ca bujumbura…
Abaririmvyi b'abarundi ngo bishwe n'ukwisuzugura, ivyo n'ibiheruka gushikizwa na Mugani Desire mu kiganiro yakoreye kuri Radio Indundi culture. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko we adashobora…
Ibiheruka kuba kuri Big Fizzo i Kigali, ngo ntibisigura ko atazosubira gukorera igiteramo muri ico gihugu giheruka kwakira abaririmvyi bakomeye muri Afrika mw'isabukuru ryitiriwe Giant Of Africa. Mu kiganiro aheruka guha…
Abo basanzwe bakorera amakinga kw'isoko nkuru ya Cankuzo bashikiriza ko batoroherwa mu gukora umwuga w'abo kuko iyo izuba ritamena imbwa agahanga, haraho harwa imvura ibituma ibikorwa vyabo bihungabana . Mu gihe…
Drama T ahambije abandi mu gukina amareresi. Uwo muririmvyi wa Madame nawe yabonetse Kuri umwe muma Episodes ya ya reresi ritegurwa na Yaga Burundi. Nkuko vyibonekeje muri Episode ya 2 ya Saison ya 3 y'iryo reresi, Drama…
Issa Jamal muzi nka Yoya, ngo Ari mu nzira agaruka I Bujumbura guteramisha abafana biwe. Nkuko uwo mugabo aheruka kubiyagira BBC Gahuza miryango, ngo hari abariko barategura umuzo wiwe, ngo hasigaye utuntu tumwe tumwe…
Muri iyi ndwi twaraye turangije, niho hatanguye kwumvikana amakuru ko uwo muganwakazi yagizwe umuserukizi adasanzwe w'Uburundi, Ambassadeur itti érant. Abantu batari bake bakaba bataretse kumukeza, bakavuga ko…
Yann Santana ngo biracari kure nk'ukwezi, kugira abaririmvyi b'abarundi binjize amafaranga biciye muma Buzz baba bakoze. Ivyo uwo mumenyeshamakuru akaba aheruka kubishikiriza ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo…
Inyuma y'igihe kirekire Umuririmvyi aririmba Indirimbo zo guhimbaza Imana, Israel Mbonyi, asabwa kwerekana umukunzi, habonetse umukobwa bivugwa ko Ari umukunzi wiwe. Uwo mwigeme yabonetse kw'ifoto zitari nke…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.