Igisata c’abahagarikizi mw’Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi , cahanye Abahagarikizi babiri basanzwe bahagarikira inkino za Primus League. Ivyo bikaba vyemejwe na Murengerantwari Evariste arongoye igisata…
Umugwi Nserukira gihugu Intamba mu rugamba wakorotse ikibanza kimwe mu rutonde rwa FIFA rugaruka buri ukwezi. Uburundi bukaba bwavuye mu kibanza ca ca 139 buja mu kibanza ca 140. Inyuma ya CAN naho twasanze igihugu nkica Côté…
Olivier Niyungeko amenyereza umugwi Bumamuru Fc wo mu Cibitoke agiye kurengutswa yisigura mu gisata kijejwe indero mw’Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi . Ukurengutswa kwa Olivier Niyungeko batazira Mutombola…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryafashe ingingo yo guhana mu guhagarika abakinyi 3 n'umukunzi (umufana) w'umurwi wa Flambeau du Centre .N'ingingo isohotse Inyuma yaho abakinyi birukanze kugira…
Ubukene bw'abakozi bo ku musi buribonekeza muri kino gihe co guteragira umuceri muri amwe mu makomine agize intara ya Ruyigi .Abarimyi bakavuga ko ivyo vyatumye n'amahera yo ku musi aduga.Bakaba bafise amakenga ko…
Umuririmvyi w'umurundi Mr Giba agiye gusohora indirimbo y'urukundo k'umusi mukuru w'abakundana Saint Valentin,yahisemwo kuririmbira Mama wiwe mu gihe yahora aririmba indirimbo z'urukundo. Mr Giba…
Umurwi Vital'o FC uvuga ko wagiranye amasezerano n'umukinyi w’Intamba mu rugamba Jospin Nshimirimana abarizwa mu mugwi.Amakuru yashizwe ahabono no muri ayo masezerano,uyo mukinyi bitegekanijwe ko kuva…
Hatungunijwe Tombora y'uko imirwi izohura mw'ihiganwa ry'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 29 Nzero umwaka wa 2024 ahasanzwe hakorera ibiri vy'ishirahamwe…
Umuririmvyikazi Inès Raguel agiye kuba umuserukizi w'ishirahamwe ryo guhanana amafaranga muri ngendanwa.Yamara uyo muririmvyikazi ariko ntashimishwa n'abamufata nk'umwana. Umuririmvyikazi Inès Raguel…
Pitchen n'umuhinyanyuzi akongera akaba n’umuririmvyi w’indirimbo zininahaza Imana amazina yahawe n'abavyeyi ni Niyonkuru Samwel. Uyo muhinyanyuzi yatanguye ako kazi abifashijwemwo n'urusengero yasengeramwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.